Reta y’Uburundi itegekanya kuzorangura muri uyu mwaka w’2020 ushira uw’2021, imigambi y’iterambere igera kuri icumi n’itanu nk’uko biherutse gushikirizwa mu nama nshingamateka na nkenguzamateka zemeje iyo migambi.…
Inyuma yo kubabara mu rukino rw'igice ca kane gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w’igihugu aho Umugwi Aigle Noir wasezereye ku kibuga cayo Athletico academy kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala akinira umugwi wa Bugesera Fc abona y'uko Umugwi wa Musongati Fc ariwe ukwiriye gutwara igikombe ca Primus league kuko ngo niwo mugwi…
Umwaka urenga uraheze abakozi bakoreye kw'itonorero ry'ikawa riri ahitwa Buyezi muri komine n'intara ya Makamba batararonswa agahembo kabo. Abo bakozi bashikiriza ko bageze habi, bitagishoboka ko bikenura mu…
Inyuma y'aho Youssuf Mossi ajejwe igisata co gutunganya inkino mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ku mboneshakure ya Azam yo muri Tanzania amenyeshereje y'uko mu ntango z'ukwezi…
Mu gihe Big Fizzo abandanya kwidogera ikinyamakuru Jimbere avuga ko bariko baramucafuza mu kumugereranya n’abandi, umwe mu bariko bitoreza kuba umukuru w’igihugu we avuga ko uwo muririmvyi ageze kure mu bijanye n’umuziki. Mu…
Intumbero ngo n’ugukingira abantu, ivyo n’ibishikirizwa n’ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije, nayo Albert Ngendera we agataka avuga ko ariko aranyagwa ingona zifise agaciro k’imiriyoni 300 z’amafaranga y’amarundi.…
Ingingo y'umukuru w'igisagara ca Bujumbura yo kurekurira abunguruza abantu n’ibintu bakoresheje amakinga, amapikipiki hamwe na tukutuku kurengana ibiraro vya Ntahangwa yo haruguru hamwe n’iy’epfo irashimwa cane…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 05 Rusama 2020, niho haboneka ikete rivuye mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB rivuga y'uko ryafatiye ibihano abakinyi babiri aribo Ndayishimiye Hussein…
Umurwi wa Rukinzo mu bagabo na Muzinga mu bakenyezi niyo yatahukanye ihiganwa rya volley ball i Bujumbura. Iyo mirwi yarakoze ibikomeye kuko yahuye n'imirwi ikomeye nka Amical yaheruka gutwara ihiganwa riheze, Gacosmos,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.