https://www.youtube.com/watch?v=t6Og7RLtDMs&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=V5Ew8G3SPW8
https://www.youtube.com/watch?v=AYml7kEywCM&feature=youtu.be
Kuririmba Corona nta kamaro yabibonyemwo, ahubwo kubwiwe ngo yari kuririmba Ebola kuko yo yari yugarije abanyafrika cane. Mu kiganiro n’imboneshakure za hano iwacu, Preeze yavuze ko abaririmvye kuri Corona ngo bashobora kuba…
Inyuma y'indirimbo "Songambere" yakunzwe cane, Mkombozi yashize ahabona indirimbo Corona. Akarinyuma karahinda niryo jambo ry'ihumure kubakunzi biwe, anatanga n'ubutumwa bw'ihumure ku bantu muri…
https://www.youtube.com/watch?v=aDHKBar2p4E
Sat-b ngo naho ariko ashigikira uwigenga mu matora y’umukuru w’igihugu, ngo ntiyizere ko abamukunda bazohava batora uwo ariko arashigikira, ivyo n’ibiriko bishikirizwa na bamwe mu bakunzi b’umuziki wiwe babicishije ku rubuga…
Kidum ngo ntatahura igituma abanyafrika batogerageza basi umuti wakozwe n’umushakashatsi wo muri Congo ariko akorera ibikorwa vyiwe muri Madagascar. Uwo mukuru w’igihugu akaba yamenyesheje ko ukiza kandi ukanakinga ikiza ca…
Kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Saido Berahino akinira mu mugwi wa Zulte Weregem wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Ububirigi ashobora kwimukira mu wundi mugwi . Ivyo bikaba vyaraye…
Kuri uyu wa kane Igenekerezo rya 30 Ndamukiza 2020, mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB bashize ahabona urutonde rw'abakinyi bafise ibitsindo vyinshi mw'ihiganwa rya Primus league .…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.