Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, isaha zitanu 11h00 zo mugitondo Ku kibuga ca CTN ( Centre Technique National ) aho Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Honorable…
Kidum Kibido aravunira akagohe abaririmvyi bagenziwe kobogabanya kwibeshera mukwiyemera muvyo baba bariko barakora vyose. Ivyo bikaba bibaye inyuma yaho umuririmvyi Big Fizzo avuze ko yize amashure mbere akanaronka…
https://www.youtube.com/watch?v=W2dN2SoH4y0
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 05 Ndamukiza 2020, niho umugwi wa Aigle Noir wari wakiriwe na Burundi Sports Dynamic mu rukino rw'indwi ya 27 ya primus league , urwo rukino rwarangiye BS Dynamic inyagiye Aigle Noir…
"Nta bantu bashasha bamaze gufatwa n'ikiza c'umugera wa corona mu Burundi". Ivyo ni ivyemejwe n'umushikiranganji wo kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thaddée Ndikumana mu…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rigiye gutangura igice ca kabiri cayo ( Phase Retour) Uku niko imigwi izohura muri ino ndwi : Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 10/04/2020: - Isaha indwi 13h00 ku kibuga c'intwari umugwi…
Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus League ryarabandanije. Uko niko imigwi yatsindanye : - Rukinzo Fc yanganije na Musongati Fc ibitsindo 2 -2 - Inter Star nayo nyene yanganije na…
Bwana on’ka kubwiwe ngo ntagusubira inyuma muri uno mwaka akaba agiye gushira ahabona indirimbo yiwe ya mbere mu misi. Bwana on’ka umuririmvyi akiri munshasha azwi ku mazina nka NDUWAYO Eric izina yahawe nabavyeyi izina…
Igihe umugwi wa Vital'o Fc wari uhejeje kunganya na Messager Ngozi 0-0 i Bujumbura ku kibuga c'intwari , umumenyereza wa Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye yishuye ibibazo bitandukanye vy'abanditsi…
https://www.youtube.com/watch?v=lH9gnJxJWPA&feature=youtu.be
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.