https://www.youtube.com/watch?v=wDPMju5x3W8
Imbere yuko yitaba Imana, Canco Hamisi yakoze ibikorwa bikomeye kandi vyatanze ishusho nziza ku gihugu. Mu bikorwa vyiza yakoze ni nko guserukira Uburundi mu mahiganwa atandukanye aho harimwo n'ayo yatahanyemwo…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 04 Ndamukiza 2020 niho umugwi wa Vital'o Fc wari wakiriye umugwi wa Messager Ngozi mu rukino rw'indwi ya 27 ya Primus league urwo rukino rukaba rwarangiye iyo migwi inganije…
Uko imisi ihera niko abantu bagwaye ikiza ca COVID 19 babandanya bagwira kw'isi, kuko mu mezi 2 gusa abamaze kugwara bamaze kurenga 1,500,000 nayo abo kimaze guhitana bo bakaba bamaze kurenga 65,000. Mu butariyano kimwe…
Kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc Ntibazonkiza Saidi agiye kutaboneka mu rukino rw'igice ca 4 gishira icanyuma c'igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu c'urukino rwo gusubiriza ruzohuza Umugwi wa…
Mu gihe hari hamaze igihe ashikirije amajambo adasanzwe agira ko agiye kuzana impinduka mu muziki ndundi, Vg Wawa ngo buca yerekana ko atayaze amasigaracicaro. Nk’uko yabiganiriye Indundi Magazine, Vg Wawa amenyesha ko mu…
Umukinyi w'igihangange Trésor Ntwari akinira Rukinzo volley ball club , niwe mukinyi wa mbere afise ibikombe vyinshi cane muri volley ball na volley beach kukaba nkako niwe wenyene ashikanye isizene 15 akina hano iwacu…
Mugihe yari ahejeje kunganya na Musongati Fc ibitsindo 2-2 , Umumenyereza wa Rukinzo Fc Amissi Bagumako yavuze y'uko yabuze amahirwe niyo mpamvu yanganije na Musongati Fc , ariko akaba yaridogeye abahagarikizi mu kuvuga…
Muri Leta zunze ubumwe za amerika muri leta ya New York ahari abantu benshi bamaze gufatwa n’ikiza ca Corona Virus, hatanguye gukwiragizwa ubutumwa kugira abamaze gukira ico kiza bafashe abatarakira. Ukwo kubafasha nkuko…
Mugihe umugwi wa Aigle Noir wari uhejeje kunyagirwa ibitsindo 4-1 n'Umugwi wa Burundi Sport Dynamic mu rukino rw'indwi ya 27 y'ihiganwa rya Primus league Burundi , uburongozi bw'uyo mugwi bwaciye bufata…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.