https://www.youtube.com/watch?v=pqx4g6a0dG8
Iyo ibihe bigoye, bitera umuntu ata inguvu z'ugusenga. Abahinga bazobereye mw'ikoreshwa ry'ama psaumes bamenyesha yuko psaume ya 89 ishobora kugufasha. Ngo uraheza urayandika ku rupapuro wakije bougie(…
Imbuto z'ibiraya zirakenye mu ntara ya Muramvya isanzwe irimwamwo cane ico giterwa, mu gihe irima ry'aco risa n'iryatanguye. Ivyo bikaba ari ibishikirizwa na bamwe mu barimyi hamwe n'uwurongoye igisata co…
Iyi n'inkuru yatangaje benshi bazi kino kibondo kimaze igihe kitari kinini cane kivukiye mu muryango wa Entertainment ya 257 Irishura Aahil omar Maotela ni umwana avuka mumuryango wa Nahimana Yves abenshi bazi nka Yves…
Ihiganwa rya Primus league Burundi rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 27 Uku niko imigwi igiye guhura : Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 03/04/2020: - Isaha indwi n'igice 13h30 ku kibuga c'intwari, umugwi wa…
Ibiciro vy'ibidandazwa vya nkenerwa nk'umuceri n'ibiharage bimaze imisi vyongeweko amafaranga ashika ku majana atandatu ku kilo kimwe (600Fbu) mw'isoko nkuru yo mu gisagara ca Rumonge. Iryo duzwa…
Mugihe yari ahejeje gutanga ibikoresho vyo gukina ku migwi yo mu vyicaro vya hano iwacu Nyakubahwa Reveriyano Ndikuriyo asanzwe arongoye inama Nkenguzamateka akongera agatwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
Mu gihe havugwa ko ihiganwa rya basket i Bujumbura rigiye gutangura mu misi iza , umukinyi yaramuwe na Mutanga united ubu akaba yakinira Dynamo n'umurwi nserukiragihugu wa basketball Richard Bienvenue Ndikuriyo…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryaraye ribandanije ku musi ugira indwi. Uku niko imigwi yaraye itsindanye : -Flambeau de l'est yanganije na Garage Fc igitsindo 1 kuri 1 - Telaviv itsindwa na Les Elephant ibitsindo 2…
Integuro y’itegeko rijanye n’amafaranga Reta y’Uburundi izokoresha mu mwaka wa 2020 ushira uwa 2021 hamwe n’irigenga amasezerano hagati y’ibihugu vya Afrika Caraïbes na Pacifique (amasezerano yabereye i Cotonou muri Benin)…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.