Ata gihindutse, mu mwaka wa 2020, Company y'abanyamerika Orion, yemeza izoba irungitse mu kirere inzu y'abahita bariko barubaka. Ivyumba bikaba vyaramaze kurangira. Company yo mu gihugu ca Amerika, Orion, yemeza ko…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 2 Kigarama 2019, umushikiranganji w'umutekano gukinga no gutabara mugihe c'isibe n'ibiza, Alain Guillaume Bunyoni yateye umukono kumasezerano yo kuzokwubaka ibitaro…
Ubuhinga bwo kumenya umuntu bakoresheje phone bwatanguye gukoreshwa ku bagura aga telephone mu bushinwa. Kuva kuri uyu wa mbere kigarama 2019, mu bushimwa uwushaka kugura agahamagazo, telephone, ategerezwa kwemera kuba…
Hari ku muhingamo wo kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 01 Kigarama 2019 isaha icenda 15h00 aho umugwi Bugesera Fc wari wakiriye umugwi Espoir Fc mu rukino rw'indwi ya 11 y'ihiganwa ryo mu Rwanda, urwo…
Abipimisha umugera ngo n'abafise ivyo bikeka, Big Fizzo we ngo nta gahunda afise yo kwipimisha kuko ntazi kunuranura. Nta mugambi afise wo kuja kwipimisha umugera wa SIDA, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Big Fizzo…
https://www.youtube.com/watch?v=mHJ6rAlmqf4&feature=youtu.be
Abandanya yerekana ubutwari n’ubutore bwiwe naho bitoroshe muri kino gihugu cacu ko tubona abaririmvyi b'abigeme bashinga imizi muri uno mwuga wo kuririmba. Ni Esther Nish inyuma yaho aviriye mu gihugu ca Kenya…
Msanii wa filamu za kiswahili nchini Burundi Ibrahim Ismail kwa kasi yakazi anazo zifanya zenye kueleweka siku baada ya siku na kuzidi kufuraisha washabiki wake, pia kwa kuweza kutengeneza filamu nyingi nchini hadi nje ya…
Muigizaji nguli wa Filamu nchini Burundi Nizigama Nipo maarufu nwa jina la Nipo Star kwa kazi anazo zidi kufanya siku baada ya siku na kuonesha ushujaa kwenye Tasnia ya Filamu nchini, baada ya kijana huu kutengeneza Filamu…
Umushingamateka Sheikh Mohamed Rukara yahoze ari umuhuza w'Abarundi yaraye aryamiye ukuboko kw'abagabo i Buruseri mu Bubirigi. Aciye ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umukuru w'igihugu cacu Petero Nkurunziza co…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.