Ndikumana Pablo umumenyereza w'umurundi agiye kwifadikanye na Amars Niyongabo Akbar mu kumenyereza umugwi Musanze Fc ukina mu cicaro cambere mu gihugu c'Urwanda . Pablo akaba yahawe amasezerano y'imyaka ibiri…
Umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba watakaje ibibanza 14 ku rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri kwezi. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25 Mukakaro umwaka wa 2019, ishirahamwe rirongoye umupira w'amaguru…
Mu gihe abamwagiriza ko ubwiza n’ubuzima abayemwo atarivyo afise vyukuri, Zari yahavuye ava mu gacerere atanga umuco, anerekana bamwe mubamuvuga uko baba bameze. Ku kibazo c’uko ubuzima Zarinah Hassan yerekana kuri Social…
Afrika nova ngo naho yahevye umuziki aronse akanya arakora ibiteramo hirya no hino kuko abakunzi b’indirimbo ziwe babandanya bamusaba kuzicuraranga. Africa Nova ntagikora umuziki nkuko yawukora akiri muto, ubu awukora nko…
Sunny yipfuza gukorana indirimbo na Diamond ari nka hamwe bishobotse, ivyo nivyo aheruka kuvugira mu kiganiro The Playlist gica ku nsamirizi Times Fm. Inyuma y’indirimbo Sunny yakoranye na Bruce Melodie bakayita Kungola,…
Amasanamu y’indirimbo yakoranye na Tom Close ngo biragoye kuvuga ryari azoshirirwa ahabona, kuko atayo afise mu ntoke. I Kigali mu Rwanda B Face icamujanye ngo n’ugukora amasanamu y’indirimbo afitanye na Tom Close, nkuko…
Zari ngo ntiyiteze kwerekana umukunzi wiwe mushasha, kuko ashaka ko aba uwiwe gusa. Umukunzi mushasha wa Zari ngo afise imodoka zitari nke kandi zikomakomeye, ariko si zose agenderamwo. Zari mu kiyago na Ayo Tv yavuze ko…
Abantu bagera kw'193 bagizwe n’abana 139 hamwe n’abakuze 54 nibo basubijwe mu miryango yabo n’ubushikiranganji bw’agateka ka zina muntu,imibano hamwe n’iterambere ridakumira inyuma yo gukurwa mu mabarabara mu gisagara…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka wa 2019, umugwi wa Police Fc werekanye abakinyi bashasha waguze bashika kuri 10 izokwifashisha mw'ihiganwa ry'umwaka uza mbere iranaha ikaze umumenyereza wayo…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka w’2019, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo yuguruye icese ihayanishwa-gurisha rigize gatatu ritunganijwe ry’ivyahinguriwe mu Burundi “Made in Burundi”…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.