Tanasha yavuze ko ata kwihuta kuri mu bugeni vyavuzwe ko bazogira na Diamond, ubu ngo bipfuza kwibanda cane ku bucuti bwabo. Ubugeni bwa Diamond na Tanasha ngo burashobora kutazoba uwu mwaka, ubona n'umwaka usa!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuhisi Papy Faty yashinguranwe iteka mw'itongo ry'abapfuye ryo ku Mpanda . Inyuma y'aho ikiziga c'umukinyi w'intamba mu rugamba Papy Faty gishikaniwe ku kibuga c'indege ca Bujumbura, kuri uyu wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikiziga c'umuhisi Papy faty umukinyi w'intamba mu rugamba gihejeje gushikanwa Ku kibuga c'indege can Bujumbura . Hari isaha indwi n'igice 13h30 z'umurango niho indege izanye ikiziga ca nyakwigendera Papy Faty!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurundi aba mu gihugu c'Ubwongereza Ndayishimiye Chebby Warren abandanya yerekana uburyo akunda igihugu ciwe c'amavukiro mu gufasha urwaruka rw'imihingo itandukanye mu gihugu. Inyuma yo gutanga ibikoresho!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga wagarukanye abahoze ari abakinyi babo mu mwaka uheze. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 06 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga!-->!-->!-->!-->!-->…
Nyakwigendera Papy Faty yaraye asezerewe ubwanyuma n'abakunzi b'intamba basanzwe baba mu gihugu ca Africa y'epfo , incuti n'abagenzi biwe bakinana muri ico gihugu. Nyakwigendera Papy Faty akaba amaze indwi 2 yitavye!-->!-->!-->!-->!-->…
Ni mugihe bamwe bagira bati : Sat-b afata menshi abandi ngo oya ni naka afata menshi. Inyuma yaho umuririmvyikazi Natacha avugiye ko mugiteramo categuwe na Cristal Events ariwe muririmvyi w'umurundi yari yahawe!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=wjkYfB42ckE&t=51s
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.