Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba waraye uteye iteka igihugu c'Uburundi mu kuronka itike yo kwitabira inkino za CAN kuva bubayeho. Kuri uyu wa gatandu igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka wa 2019 isaha icenda!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=XbEvenR22jc&feature=youtu.be
Ibijanye n'ivy'impwemu rero birimwo ibinyegezwa ku buryo usanga benshi tugenda nk'abagendera mu mwiza, tukagira ibibazo yamara ntitumenye iyo duta umutwe, na canecane tukihutira gutunga agatoke abandi canke!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko afise icizere co gutsinda Gabon ariko akoresheje inguvu nyinshi. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 Ntwarante umwaka wa 2019 , ku kigo c'ishirahamwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Growth will happen for numerous explanations. The increase of net has been exemplary during the past couple of decades. It has to be quantified in the worth of goods and services, but not only the quantity. Recently past…
Abariko bakurikirana imyimenyerezo y'intamba mu rugamba bamaze muri iyi misi ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore bamaze kuba bashira ahabona abakinyi 11 babona ko umumenyereza w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->…
Abadandaza barenga amajana atandatu nibo baraye baburiye ibidandazwa vyabo mw’isoko ya Kinyinya iri muri komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura, bivuye ku mpanuka y’umuriro wadutse muri iyo soko mw’ijoro ryo kuri uwu wa!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ubandanya witegurira neza urukino rugiye kubahuza na Gabon kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka wa 2019. Kuri uyu wa kane mu masaha yo kumugoroba uyo mugwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Amashirahamwe agura ikawa asabwa gutangura kugura mu maguru masha n'aho ikigo kijejwe gukurikirana ivy'ikawa ARFIC kitaratanga impusha ''licence d'exploitation'' kuri ayo mashirahamwe. Mu nama abajejwe igisata!-->!-->!-->!-->!-->…
Reta y’igihugu ca Nouvelle Zélande yahagaritse itegeko ryemerera abanyagihugu gutunga inkoho muri ico gihugu inyuma y’aho igitero giherutse kugabwa ku musigiti wo mu gisagara ca Christchurch gihitanye abantu bangana mirongo!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.