Umuntu umwe yaciye yitaba Imana ubwo nyene nayo abandi bagera kuri bane barakomereka inyuma y'isanganya ry'imodoka zibiri hamwe n'ipikipiki vyagonganiye imbere y'ibitaro vy'abasirikare vyo mu Kamenge. Mu gatondo kuri uno!-->!-->!-->!-->!-->…
Isanamu ngereranyo y'umutekamutwe Mu gitabo citwa "Emotional Intelligence" canditswe n'uwitwa DANIEL GOLEMAN ", arerekana neza ko ibituma umuntu ashika kure mu buzima atari ubwenge burya bwo!-->!-->!-->…
Umuririmvyi Bizimana Aboubakad Karume batazira Sat-b yahwe umwambaro w'Intamba mu rugamba . Hari Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho radio buja FM yari iramutse iha agashimwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 waraye ufashe urugendo wekereza mu gihugu ca Niger . Hari kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 29 nzero umwaka wa 2019 isaha umunani n'igice 14h30!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mijuriro ngo abo abariko barakorana ngo barashoboye kujanisha ibicurarangisho kavukire n'indirimbo zabo. Mathias Mijuriro inararibonye mu muziki ndundi na cane cane mu bicuraranhisho kavukira, avuga ko bikunda ko umuziki!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu giteramo Karabarya, Sat-b, Emery Sun, Fabelove na Natacha bose bemeje ko ata kibazo bafitanye, ahubwo ko bagiye gukorera hamwe gusumba. Kwoba ari ukuri? Reka umwanya uzobitubwira. Biragoye kwemeza ko yari inkinamico,!-->!-->!-->!-->!-->…
Barigume ntabona kumwe n'abandi ikibazo c'igihano cohabwa umuntu yakoze nabi, kuko mu gihe abandi bavuga ko bakwiye guhanwa we abona kubabarira buri gihe. Barigume benshi bazi nka Big Zoe avuga ko urukundo nyarwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Ukuririmbana na Diamond Platnumz ngo ntaco yobivugako, ariko akizeza ko afise gahunda yo gukorana n'umuririmvyi wo muri Tanzania. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Mc Mellon ubwiwe aho yaragishika Ku kibuga!-->!-->!-->…
Jean Marie Niyokindi, umushikiranganji w'amahinguriro n'ubudandaji Ubushikiranganji bw’ubudandaji n’amahinguriro buriyamiriza ingingo y'ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi y'uduza ibiciro ry’ibinyobwa bimwe!-->!-->!-->…
Il semblerait que Facebook envisage une fusion de ses trois plates-formes de messagerie - WhatsApp, Instagram et Facebook Messenger - permettant aux utilisateurs d'envoyer des messages entre les réseaux pour la première!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.