Mu gihe Bobona adaheruka gushira ahabona Indirimbo nshasha, ariko adahengeshanya gusangiza abamukurikirana Logos y'izina ryiwe hamwe n'umuryango w'inzu yanditseko Bobona Music, uwo muririmvyi bamwihanije.…
Maguru n'umuririmvyi aririmba indirimbo zo kuninahaza Imana yarabikoze birashimwa ku ndirimbo ziwe nka Urigikomangoma,Shikama mu nyuma arabura. Muti none iki gihe cose yahorahe? Mu kiganiro yakoranye na Indundi…
Ihiganwa rya Handball ku rwerwo rw’igihugu ryaraye risozerewe . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 ku kibuga ca Cecinga mu Ngagara aho hasozerwa ihiganwa rya Handball ry’umwaka wa 2021-2022 ku…
Mu gihe hari hagize imisi hari urukurukuru ko asigaye yibera Kwa Drama T, biciye mu kiganiro Siren Trick, Mow Kanzie asa nkaho yabeshuje ayo makuru yaragize imisi akwirakwizwa. Muri ico kiganiro, Monna yavuze ko…
Abakunzi ba Mugenzi Alfred - Aubin benshi muzi nka Kigingi nimuryoherwe, ndasubiyemwo ni muryoherwe, kuko Pasika muzoyihimbaza neza. Abazoyimbaza neza n'abo mu mugabane w'uburayi, neza neza mu gihugu…
Mu makuru yacu twari twabashikirije twarababwiye ibiteramo David arikumwe na Israël Mbonyicambu bategura gukorera mu bisagara bikuru vyomuri Australia, ku bwa David ngo arashima cane ibiteramo vyose kuko vyagenze neza.…
Meili collabo agiye kuduha nawe iramuteye ubwoba Meili ntakiri muvy'amajambo ubu akoresha ibikorwa mu kiganiro yakoranye na Indundi Magazine yabwiye abakunzi biwe ko bobandanya barindiriye ataramenya indirimbo agiye…
Hatanguye kuboneka amakenga Ko ibiteramo vyavuzwe ko vyateguriwe abaririmvyi b'abarundi ku mugabane w'uburayi, ko bitazoba. Amakenga akaba atanguye kuvugwa kubera ko ngo abo baririmvyi batarerekana ama Visa. Ayo…
Big Fizzo ngo yoba yahambije ba Kigingi, Mutima na Gasore muri Comedie? Ico Nico kibazo cibajijwe n'abatari bake mu bagize ico bavuga Kuri Video Big aheruka gushira Kuri Facebook yiwe. Abo bamukurikirana bakaba bakubita…
Inyuma y'imyaka 8 agendanye n'abagabo b'abarundi b'aba Star gusa, umunyarwandakazi Usanase Nadjima yabahaze yisubiriye mu Banyarwanda bene wabo. Nizigiyimana Makenzi, yahoze ari kizigenza mu mugwi Intamba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.