Vyamaze kwemezwa n'uwusanzwe arongoye Mamao House "Esther Nish" ngo bagiye gufatanya na Iriba Musick mugushigikira iyi mpano nshasha. N'indirimbo yiwe yambere isohotse y'umuririmvyikazi "Sand…
Mu gihe Big Fizzo ari mu baririmvyi bavurwa kuba bafise abana benshi, uwo muririmvyi uko umwaka utashe yerekana mushasha abantu baba batazi. Mu mwaka uheze, hamenyekanye Nikita Mugani umwana yavyaranye…
Yoya Jamal mu gusohora ya ndirimbo nshasha Nyakabiga ngo yarahaze aca aja guturira umube ku barundi basigaye mu gihugu. Umu Comedien Ismail Gasore, kw'igenekerezo rya 01ruhuhuma niho yashira ahabona aka Video, aho…
Mr champagne mu makuru yacu twari twabashikirije twarababwiye ko yafashe indege yerekeza mu gihugu ca Tanzania . Muvyamujanye kwari ukumenyekanisha album yise confirmation yashize ahabona igenekerezo rya 25 Kigarama 2022.…
Kumwe abafana b'abarundi barindiranye igishika cinshi Collabo ya Big Fizzo na Sat-b, ngo niko n'aba Tanzania banyotewe kwumva Collabo ya Alikiba na Diamond Platnumz. Umwe mu ba manager ba Diamond Platnumz, Mkubwa…
Ibiheruka gushikirizwa na Amb. Francine Niyonsaba birarikoroje ku mbuga ngurikanabumenyi. Sat-b na Simbizi wa Semavumba nabo ntivyabasize batabivuzeko. Mu gihe Ambassadeur Francine Niyonsaba yaheruka gushikiriza ko abantu…
Dj Jackson bari bamwikoreye abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Igituma n'uko yaravuze ko afise indoto zo kubona umuririmvyikazi w'umurundi akorana igikorwa n'abaririmvyi bakomakomeye…
Vyari bikitudidaniye aho Umuririmvyikazi Natacha yari yerekeje, kuko yabonetse ari mundege yandika amajambo afobetse cane ngo telefone yiwe yaheze umucanwa agiye kuyi chargea. Benshi bagumanye amakenga ariko nkuko…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umurwi wa OGC Nice ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’ubufaransa . Youssuf akaba yashize umukono ku masezerano…
Mu kwezi kwa 3 kw'uwu mwaka turimwo, umuririmvyi Double Jay ngo azoteramisha ababa mu bufaransa neza neza i Lyon. Iyo niyo nkuru yazindutse ku mbuga ngurikanabumenyi hano iwacu. Umunezero ni wose naho hari abatanguye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.