Etienne Ndayiragije yigeze kuba umumenyereza mukuru w’umurwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa Stars niwe agiye kumenyereza umurwi nserukira gihigu Inramba mu rugamba . Etienne akaba yashize umukono ku masezerano yo…
Big Fizzo na Sat-b ngo umwanya n'umwanya bashobora gukorana igikorwa gishasha, ivyo biheruka gushikirizwa na Big Fizzo ubwiwe. Iyo ndirimbo yategujwe ikaba izoba ije Inyuma y'igihe kirekire abafana basaba ko abo…
Emery sun yoba ariko ategura igikorwa gishasha muri Studio nshasha hano mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Emery sun ubwiwe aho yasangiza abamukurikirana amashusho y'igihe yari yagiye…
Muri Amicale des musiciens mu ntumbero yo gusangira umwaka mushasha 2023! abaririmvyi bahurikiye muri iryoshirahamwe rirongowe na Brigt Ndayishimiye hamwe n' icegera ciwe Edith Kimana bagiye kwicarana hmwe. Ico gikorwa…
Igenekerezo rya 20 Nzero 2023 niho yafashe urugendo yerekeza mu ntara ya Ngozi neza na neza kuruhororo aho yaraherekeje umuririmvyi Yan A avuka muriyo ntara ariko ubu akaba aba muri Zambia. Bagishika muriyo Ntara…
Umukinyi w’umurundi Francis Moustapha Njali ari mu bihe vyiza mw’ihiganwa rya Zambia ( MTN Zambia Super League). Urukino rwaraye ruhuje Zanaco Fc ikinamwo umukinyi w’intamba mu rugamba Francis Moustapha Njali…
Naho atakirashikirizwa ku mugaragaro, abari bazwi ko ari abakunzi abo nabo ni Sat-b na Belle Nice ngo bwabundi bamaze igihe baratandukanye, ngo ntibakiri mu rukundo. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Belle Nice…
Ndikumana Mugani Desire ngo ntabarizwa i Bujumbura muri kano kanya. Big Fizzo ngo yerekeje ku mugabane wa Buraya. Uwo muririmvyi asanzwe afise n'ubwenegihugu bw'ubufaransa akaba agiye mu gihe yaheruka kwemera…
Mu baririmvyi bakoze neza muri uyu mwaka wa 2022 duheruka kurangiza, ngo Big Fizzo, Sat-b na Natacha ntibarimwo. Aho ni mu gihe ibinyamakuru bitandukanye bitarabasha gushira ahabona urutonde rw'abaririmvyi bakoze neza…
Naho hari inkuru nziza iheruka gushikirizwa ku bakunzi ba ya ndirimbo Madam ya Drama T, ko yagarukanye ijwi, uwo muririmvyi ngo ntariko arinjiza amafaranga kuri YouTube kubw'iyo ndirimbo. Ivyo biheruka gushikirizwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.