Vuba cane ngo ireresi y'uruhererekane rishobora gusohoka, iryo naryo rikaba rizobonekamwo abakinyi b'abarundi nka Gasore le Comedien hamwe n'abakinyi b'abanyarwanda. Nkuko amakuru dukesha urubuga…
Umu diaspora yakoze ibara, akoza agati mu jisho kwa Marina umutambukanyi wa Kigingi none abishize ahabona n'agashavu kenshi. Marina umutambukanyi wa Kigingi yiyamye aba Diaspora ku ngeso bafise, akibaza nimba nawe…
Inyuma y'igihe abantu batari bake bavuga amajambo atandukanye ku bucuti bushasha buvugwa hagati ya Sat-b na Big Fizzo, na Lolilo nawe yahavuye agira ico avuga. Mu kiganiro aheruka kugirana na Landry Promoter, uwo…
Ukwigumanira n'abangana n'abo yavyaye, n'ukwitabira ubutambiro bihagije ngo biri mu bituma Big Fizzo aguma ari ku mwanya gusumba abubu bibera muma Showbuzz gusa. BIG Fizzo na Sat-b ngo nibo baririmvyi 2…
Mu mpera z'umwaka 2022 Umurwi Redemption voice uririmba indirimbo Zininahaza Imana warakoze igiteramo c'amateka catangaje benshi kuko abantu baracitabiriye ku bwinshi batitayeho n'imvura yariko irarwa. …
Harmonize na Rayvanny basubiranyemwo, muguterana amajambo bakoresheje imbuga zabo za Instagram, Ubu hoho bavuga n'akari i murore. Mu ntambara y'amajambo iriko iranga abasore babiri bose baciye mu minwe ya Diamond…
BIG Fizzo ngo yoba yarabeshe amakungu, mu kiganiro yakoreye muri PJ Classic FM, akoranye na Edisson Ndayahoze. Uwo muririmvyi aheruka kuvuga ko Channy Queen yashatse kumushira muri Bantu Bwoy ariko ngo asanga ntari Serieux mu…
Hagati ya Yvan Muziki na Marina ubu aho umwe aciye uwundi yohaturira, ayo niyo makuru agezweho muri Entertainment I Kigali. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru igihe yanditswe na Emmy Nsengiyumva, abishikiriza, uwo muririmvyi…
Ya ndirimbo Big Fizzo yakorana na Davis D ngo igiye gukorerwa amasanamu mu misi ya Vuba, ivyo vyashikirijwe n'uwo muririmvyi nyene ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Davis D mu ntumbero yo guhumuriza abafana ngo bari bagize…
Abakoresha n'abipfuza gukoresha urubuga rwa Gasape SN basanzwe bafise uduhamagazo turi mu bwoko bwa IPhone, nabo ngo bagiye gushikirwa. Nkuko urupapuro rwo kumenyesha iyo nkuru twabonye ruvyerekana, ngo urwo rubuga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.