Ubwo ibiheruka kuba ku muhisi Karim Babel vyoba arivyo bitumye akagozi gacika noneho hagakenerwa ko igikorwa kijanye n’ugufasha abagwaye gifata umurongo mwiza? Ico n’ikibazo wokwibaza inyuma y’ukuraba ikiyago Boris…
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umuteka aragabisha bamwe mu barongoye amazone n'abakomiseri b'amasoko yo mu gisagara ca Bujumbura kubera ko ngo babaye inzitizi mw'itozwa…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2021, abanyagihugu bafise amaparasera ahitwa Kigeri-Miteramo, ni muri zone Ngagara, komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura, bazindutse bugariza ubushikiranganji…
Urukurikirane rw’umuririmvyikazi Tetero ngo ruri mu Nzira, kandi hazobonekamwo ibikoresho ndangakaranga Bambara bitari bike. Ivyo n’ivyo aheruka kuyagira bagenzi bacu b’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Nkuko uwo…
Yoya Jamal ngo imbere yuko atangura kuririmba, yatanguye kwandikira indirimbo abatari bake mu baririmvyi hirya no hino. Ivyo nivyo uwo muririmvyi yamenyesheje mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico…
"Ndashimiye n'umutima wanje wose umuryango wa Bantu Bwoy n'ishirahamwe EDDIB ku masezerano mwakoze kubwanje nk'umuririmvyi kandi no ku mfashanyo y'ukurihigwa amashure mu kiringo c'imyaka 2. Big…
Indirimbo ya Ado Josan na Jose Chameleon ngo naho yatevye ariko izotinda isohoka, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Ado ubwiwe mu kiyago yagiranye na Indundi Tv kuri Micro ya Alan the Real. Muri ico kiganniro uwo…
Ku bice 50% ngo ico yari yiyemeje gushikako abicishije muri Ep ya Romantic Sound ngo yarabishikanye. Ivyo n’ivyashikirijwe uno musi n’umuririmvyi Aboubakar Karum benshi bazi nka Sat-b. Mu kiyago n’umwe mu basanzwe bakoresha…
Yabaye inkuru y'agacamugongo ku barundi baba mu mahanga ndetse n'abari i Burundi, biturutse kw'ikete ryasohowe n'abashingamateka 43 bo ku mugabane wa Buraya (Union européenne) barega igihugu…
Abategura amahiganwa y’ubwiza atandukanye agize imisi ariko aracanacanako hano iwacu ngo bavyica mu ntango z’ayo mahiganwa, Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Clovis Blaise Koriciza batazira Rasko asanzwe ari mu bategura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.