Abarundi barayamaze ngo igiti kigukora mu gisho rimwe irya kabiri kiba gishaka kurimena, ivyamubayeko ashira ahabona kuri za Instagram n’ahandi umukunzi wiwe ngo ntazongera gusubira kubikora. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na…
Mu gihe yitegurira gushira ahabona indirimbo nshasha mu misi iza naho ataramenyesha neza umusi uwariwo, Issa Jamal benshi bazi nka Yoya yatanguye gusaba ngo abamukurikira bamufashe kurondera abandi bomukurikira kuri urwo…
Hakizimana Issa azwi kw'izina rya Madiba the Classic n'umwana agira ga 3 mu bana 4 ku musi w'Imana w'igenekerezo rya 21Ruhuhuma niho yashikirwa n 'inkuru itigera yorohera umuntu uwari wese ngaha…
Mw'ishirahamwe rya basket-ball i Bujumbura ihiganwa ryarabandanije ku munsi waryo wa cumi na kane ku kibuga Toyota Gikungu . Inkino zatanguye kw'igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2021 kuri ico kibuga nyene umurwi…
Clotilde Niragira yigeze kuba umushikiranganji w'Ubutungane mu mwaka wa 2005 yarashengeye azize ingwara yaheruka gutorwa mu gihe ca Vuba. Clotilde akaba azize ingwara ya Cancer yo mu bwonko nkuko bishikirizwa n'umwe…
Kubwa Masterland ngo ikibuze n'amafaranga kugira umuziki ndundi ujabuke ushike kure gusumba aho ushitse uno musi. Ivyo nivyo yashikirije mu kiganiro yagiranye n'imboneshakure ya hano iwacu. Muri ico kiganiro, Uwo…
Ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y'abantu OMS risaba igihugu ca Tanzania gusubira kwerekana ibitigiri vy'abandura ikiza ca COVID-19. Ivyo bikaba vyahsikirijwe Tedros Adhanom asanzwe atwara OMS. Dr. Tedros…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA riheruka kwugurura ishami ry'ayo mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Iryo Shami rikaba ryari riri mu gihugu can Ethiopue ariko haza gufatwa ingingo yo kuyimurira…
Minani Fleury Niyo mazina yahawe n'abavyeyi, benshi mukaba mumuzi kw'izina rya Mutima le Comédien, arangwa n'udukuru dutwenza hirya no hino mu biteramo bitandukanye yagiye abonekamwo, na cane cane arikumwe…
Indirimbo nshasha z’umuririmvyi Yoya Jamal ziri mu nzira, ivyo n’ivyo uwo muririmvyi yashikirije uyu musi ku rubuga rwa Instagram asanzwe akoresha mu gice ca Storie aho yariko yishura inyishu z’abakunzi b’ibikorwa vyiwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.