Ba Bantu bafata urubuga rwa Facebook rwa Kigingi, bakaza bashirako amashusho Atari meza bagamije kwironkera abagendera imbuga zabo canke iz'ab'abantu baba bariko bamenyekanisha basubiriye Kandi gushirako amashusho…
Indirimbo za Olegue ngo ikibazo zifise s’ubutumwa burimwo, kuko ivyo uwo muririmvyi aririmba canke afise ku mutima n’abandi bose barabiririmba. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umuririmvyi Romeo akaba kandi n’umuyobozi…
Uko imisi ihera niko amareresi hano iwacu abandanya arwira, na cane cane amareresi matomato, kandi amareresi agwiriyemwo ayarimwo ibintu vy’ugutwenza gusa. Iya nyuma iheruka kuboneka n’iyahawe akazi k’igifaransa, A…
Indirimbo hagati ya Mow Kanzie na Olegue ngo irashobora kuboneka mu misi ya vuba, ivyo n’ibiheruka kwemerwa n’abo baririmvyi bose uko ari 2 biciye ku mbuga ngurukanabumenyi za Instagram basanzwe bakoresha. Hari ku musi…
Bwabundi ngo Diamond Platnumz n’umwana w’umuzanano, ngo s’uwa Mzee Abdoul Juma yarasanzwe azwi ko ariwe se amuvyara. Iyo ikaba ariyo nkuru igezweho muri ino misi ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye muri Tanzania.…
Ico rero abazungu bise "démon de midi" ngo n’ urufatangane rw'ibishobisha biza mu muntu mu kiringo yeregereje imyaka 50. Yamara rero ico c'imyaka ntibagihurizako kuko hari abavuga ko kiza nyabuna bugingo…
Ku mvo z'uko abana bo mw'ibarabara basubizwa mu miryango yabo bakongera bakagaruka kandi muriryo, umushikiranganji wo gushigikirana, Imelde Sabushimike, amenyesha ko bagomba kuzobanza kuja kugira amatohoza bamenye…
Amafaranga y’amarundi angana n’imiriyaridi 343 966 281 085 niyo atagekanyijwe kuzokoreshwa nk’umutahe n'amashirahamwe arenga 2500 mu gihe ubuzi burenga ibihumbi 10 butegekanijwe gutangwa n’ayo mashirahamwe. Ivyo ni…
Biraheza mbere bikatworohera cane kuko bica bitubera nk'ukwisiga inkore ku jisho. Mu ntumbero y'ukwanka gukomakoma uruhojojo rw'ivyatugoye , vyadutaye kuw'amazi,tugenda dukenyereyeko, turaheza rero…
Abunguruza abantu canke abiyunguruza batazokurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19 cane cane kwambara agafukamunwa, bazohanwa hisunzwe igitabu mpanavyaha. Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.