Sat-b ngo ntaco bapfa na Meddy naho abatari bake bavyibajije inyuma y’ukubona indirimbo bakoranye isohotse idafise amasanamu, kandi uwo muririmvyi ari mu bakunzwe I Kigali atayishigikiye mu kuyimenyekanisha. Ivyo Sat-b…
Uwigeze kuba umukunzi wa Monna walda, Sag Wise, ngo ni nawe yatumye yinjira mu muziki. Ico gihe ngo basa nkaho bapinze ngo ntashoboye kuririmba, umukobwa aba yinjiye mu muziki uko. Nkuko aheruka kubishikiriza, Monna…
Sat-b na Big Fizzo ngo nta kibazo bafitanye , ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Sat-b ubwiwe aho yishura ibibazo bitandukanye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Muri ivyo bibazo, Sat-b yasabwe gusubira kandi gukorana…
Guhera kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19/1, Kigali yose yasubiye kandi muri Guma mu rugo, intandaro n’ibitigiri bibandanya biba vyinshi vy’abagwaye COVID-19 bibandanya kuboneka muri ico gisagara. Ingingo yo gushira…
Inyuma yaho Umuririmvyi Gaga Blue agiriye ikibazo akabura umuhagarikizi w'ibikorwa vyiwe ariwe Jay Cena canke Life Maisha yarasanzwe arongoye Record Label yise U&I Studio yarisanzwe irimwo Gaga Blue; K-Muco ndetse…
Amashengero arafise uruhara mu kuvura ibikomere abantu bagendana bitewe n'ivyashitse kandi bamaranye igihe mbere bikabatera n'indwara y'ihahamuka. Ivyo ni ibishikirizwa na Désiré Majambere, umurongozi…
Shaddy Boo yasubiriye kandi gushusha imitwe y’abatari bake mu basanzwe bamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Aho n’inyuma yahoo yaramaze amezi Atari make asa nkaho ari mu gacerere, asa n’uwutavugwa. Iyo nduru…
Umugwi Etoile du centre ngo ugiye kandi gusubira kuboneka mu muziki ndundi, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umuririmvyi Paci Etoile du centre mu kiyago yagiraye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiyago na…
Monna ntasiba kuvuga ko ata cizere afise ko azohava akora ubugeni nkuko abandi bose avuga ko babikora, ariko yizera ko azohava arondera abana, kuko arabashaka nkuko yabibwiye Hosy mu kiyago baheruka gukorana, aho…
Mu rwevu, ikinyamakuru canyu caciye harimwo ibinyuranye, yamara na cane cane rukaba rugamije kurondera imizi y'inzitizi zose zituma umuntu atagera ku mataba y'imisozi imuri imbere, akaguma mu kabande nyaga nande.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.