Haraheze iminsi ikigo Pfizer na BioNtech c'ubudagi na Amerika gitanguye gukoresha incanco cakoze zikingira ikiza Corona Virus. Margaret Keenan akaba ari umukecuru w'umwongerezakazi w'imyaka 90 yabaye uwambere…
Mu makuru aheruka twarabamenyesheje ko abarundi baba muri America bahurikiye mw’ishirahamwe BDUSA bariko baritegurira amatora ashiraho indongozi zizewe n’impande zose. Jules Ndikumana umwe mu ndongozi z’iryo shirahamwe…
Amafaranga ibihumbi 30 vyemerewe abafana bakurikirana cane urubuga rwa Facebook rwa Mt Number one arashobora kuzomuteranya na bamwe mu bafarana biwe. Ivyo n’ibiboneka muma Commentaire ariko akorwa ku mashusho yashizwe ahabona…
Nk’uko mu bizi buri kwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’uko imigwi nserukirabihugu yama isumbasumbanya ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa Kigarama bwagumye mu kibanza ca 138.…
Abafise amahinguriro bahamagarirwa kwijukira guhingura ibidandazwa vy’akanovera vyotuma Uburundi bufata ikibanza ca mbere mu bijanye n'ubudandaji mu karere ka Afrika y’ubuseruko. Ako kamo bagatewe n'umukuru…
Ubushikirangaji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi buriyamiriza ingendo itabereye yo guhohotera abantu badafise ubushobozi bwo kwigwanira nk'abana bamaze iminsi bahohoterwa canke banyuruzwa.…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Kigarama 2020, niho ishirahamwe ritwara umupira w’amaguru muri Africa CAF ryafatira ibihano igihugu c’Uburundi hamwe na Mauritania. Uburundi bwaciriwe ihadabu ry’amadorari y’amanyamerika…
Mu gihe haheze iminsi mike imwe mu ntwari z'umupira w'amaguru Diego Armando Maradona yitavye Imana ku myaka 60 ihitanywe n'ihagarara ry'umutima ryabaye igenekerezo rya 25 munyonyo 2020, iyo ntwari yoba…
Haraheze imyaka itatu, ihiganwa ry'umwigeme aserukira igihugu c'Uburundi ariwe Miss Burundi rihagaritswe ,aho no mu mwaka uheze ritashoboye gutunganywa neza nubwo ryari ryasubiye gutanguzwa. Umugwizatunga Sultan…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.