Ibitenge birenga 1800 vyafashwe n’ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR gifadikanyije n’igiporisi c’Uburundi kuri uyu wa mbere. Ivyo bitenge bikaba vyafatiwe hafi y’igisata c’ishirahamwe Regideso gihingura amazi,…
Abanje ku bita amazina nka , {Barajingitwa, Shiranzigo, Bankagakura, Nikobamye, Rwanko, Mpemukendamuke, Nsumirinda, Ntirumveko, Ntamarerero, Nzobibarandabibonye, Satuntutwanje, n'ayandi}, Samuel Ndayiragije yamenyesheje…
Abarimyi b’umuceri bo mu kiyaya ca komine Gihanga intara ya Bubanza baridoga ko babuze amazi ngo batere, haraheza amezi abiri barimye. Abo barimyi bamenyesha ko amazi y’uruzi Kajeke yahora avomera indimo zabo hari…
https://www.youtube.com/watch?v=kvJfdSbQCkk Imbuga hafi nka zose za Google ngo ntizariko zirakora ku basanzwe bazikoresha kandi kw’isi hose. Izo mbuga nazo ni nka Youtube, Gmail n’izindi zitari nke zisanzwe zikoreshwa…
https://www.youtube.com/watch?v=vFlrZ8TmxWs Sat-b ngo nta mugore afise, ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu. Mu gihe abatari bake bari bazi ko yari mu rukundo na Belle…
https://www.youtube.com/watch?v=AqByZ8-E9xM Mt Number one ngo nta mugambi afise wo gukorana indirimbo n’umuririmvyi akomeye hano iwacu, ahubwo ngo abaririmvyi bamwe bamwe bakiri hasi nobo bariko barashaka gukorana nawe muri…
https://www.youtube.com/watch?v=KdulMBlZ6y0 Karim Babel umuririmvyi w’Umurundi aheruka kwitaba Imana, yasize umwana w’umukobwa afise 5, uwo mwana akaba asanzwe abana na nyina. Nkuko vyashikirijwe n’uwo muvyeyi ngo uwo mwana…
https://www.youtube.com/watch?v=Uz5auteZpsI Inyuma y’indirimbo yakoranye n’umuririmvyi w’umunya Kenya, Femi One, igiteramo kiriko kirategurwa ngo bikunde uwo muririmvyikazi w’umunya Kenya azoteramishe abarundi mu misi ya…
https://www.youtube.com/watch?v=k2FKEGxodV0 Stikk n’agashavu kenshi ngo Abanyamahanga barabona ingabire n’ubuhinga bw’abaririmvyi ndundi, bagakoresha indirimbo zabo mu kwicira amafaranga mu gihe bo ata n’urukoroka baba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.