Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano busaba abaporisi kubandanya bashira mu ngiro umugambi w'igiporisi c'akarorero, gukorana neza n'abo basanzwe basangiye imirimo…
Nubwo hari urwaruka rwatahuye akamaro ko kwikorera imigambi yarwo yo kwiteza imbere, ngo haracariho abandi baheza amashure bakaguma bahanze amaso Reta kandi itagishoboye kubaronsa ubuzi bose. Ivyo ni ibishikirizwa…
Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thadée Ndikumana asaba abaremeshakiyago gusubiza kwa muganga uwo wese avuye hanze y'igihugu mugihe aterekanye urupapuro rwerekana ko…
Uruhombo rw’ishirahamwe ONATEL mu mwaka 2019, ibiharuro vyerekana ko rugera ku mafaranga imiriyaridi 10 z'amarundi. Ni mu gihe rwagera ku yarenga imiriyaridi 3 mu mwaka wa 2015. Iryo shirahamwe ngo rikaba rifise amadeni…
Amakuru atangwa n’igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 19 Munyonyo umwaka w’2020, batoye umugabo yimanitse inyuma yo kugandagura umugore bahora babana amwagirije ko yashaka kuja…
Urwego rujejwe gucungera itumatumanako ry’amakuru mu Burundi ARCT rusaba abanyagihugu gushengeza inomero zose ziba zarungitse ubutumwa buteye amakenga mu ntumbero yo kugwanya ubusuma bubera ku materefone ngendanwa. Nk’uko…
https://m.youtube.com/watch?v=rtyXuvrUn8I Izina ryarasubiriye kandi rirahindurwa ku rubuga rwa Facebook rw’umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume bensi bazi nka Sat-b. Kakaba kabaye akagira 5 kuva urwo rubuga rushirwa…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 18 Munyonyo 2020, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida Ndikumana Thaddée yamenyesheje uko ibitigiri vy’abanduye Covid-19 vyifashe inyuma y‘aho hugururiwe…
Umurundi wese ahamarirwa gukingira umutekano w'igihugu mu gukingira intahe yo kwikukira n'imbibe z'igihugu hamwe no kubumbatira ubumwe ngo ata bumwe nta mahoro. Ako ni akamo umukuru w'igihugu Evariste…
Abanyeshure 455 bahejeje amashure yisumbuye, bamenye ikibazo ca Reta c'umwaka w'ishure w’2018 ushira uw’2019 kibaha uburenganzira bwo kuja muri kaminuza, ngo ntibakiriwe muri kaminuza y’Uburundi. Mw’itangazo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.