Muvyo bamenyesha abahinga bazobereye mu nguvu z'amajambo y'Imana ari muri bibiliya, bamenyesha y'uko kimwe mu vyo Izaburi ya 49 ifasha ari ukuguha gutinya "urupfu". Ntivyari vyanyoroheye gutahura ico…
Abashingwamanza bo mu Burundi ngo baragira ibibazo bijanye n'umwuga wabo. Uturorero ngo ni nko kutemererwa kuraba uwo aburanira mu gihe aba ari mw’ibojero canke uguca urubanza ukunyuranye n'uko umushingwamanza aba…
Abakuru b’ibihugu batanu baritezwe I Goma, muribo harimwo abakuru b’ibihugu barimwo Nyakubahwa Evariste Ndayishimiye, Paul Kagame, Yoweri K. Museveni, Felix Tshisekedi hamwe na Joao Lorenzo. Nkuko amakuru dukesha…
“Isabukuru nziza kuri wewe YAN JASON, nta Vyinshi novuga, gusa Imana ikuzigame muhungu wanje, turagukunda cane! Warakoze Mana kuri aka kaganuke.” Aya niyo majambo Mama w’imfura ya Yvan Muziki yashize ku rubuga rwiwe rwa…
Fabelove yasavye ikigongwe bagenziwe Prince Mshidi na Big Zoé kuba yarabashize muri challenge y’indirimbo yiwe yise Master ngo ntivyari bikenewe ko abashiramwo mu ruririmbo rwiwe. Uwo muririmvyi abicishije mu nyandiko yiwe…
Abaporisi bagera kuri batandatu birukanwe mu giporisi c’Uburundi inyuma y’aho bafataniwe itonga mu rudandazwa rwa magendo. Nk’uko vyashikirijwe kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 11 Nyakanga umwaka w’2020 n’umuvugizi…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 10 Nyakanga umwaka w’2020, umushikiranganji wo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yari yaramutse agendera ibitaro bitandukanye biri mu gisagara ca Bujumbura…
Kenshi rero turasanga amajambo dukoresha ariyo aza mu bwonko bwacu agaca aza kutubera inzitizi. Ah'ukuvuga duti naka yararose urupapuro rw'umutsindo rw'ivyo yize tugaheza tukavuga ngo " Naka yarahejeje…
Abashingamateka bakoraniye kuri uyu wa kane mu ngoro yabo mu kigobe aho bari baramutse biga integuro isubiramwo itegeko rigenga inyigisho za Kaminuza. Igihe yariko arasigura iryo tegeko, umushikiranganji w'indero…
Mukiringo gito cane ahamagawe irya mbere mu mugwi nserukiragihugu w'Ububiligi bivuye kukuntu yigenjeje mw'ihiganwa rya 2019-2020 muri Pays-Bas, Mike Tresor Ndayishimiye yaramaze gukina inkino 3 za nyuma afasha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.