Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano buributsa abafise ubunywero, uburiro, ubutambiro hamwe n’abarongozi b’amashengero barara baratamba bavuza ingoma ko bobihagarika guhera uno musi…
Igiporisi c’Uburundi cashikirije kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Nyakanga umwaka w’2020, ibitenge cari kimaze imisi gifata vyinjijwe mu Burundi mu manyanga bivanwe mu gihugu kibanyi ca Kongo (Repubirika iharanira…
Big Fizzo yaraye avuze amajambo y'inkora mutima, yubaka kandi ateye n'ikigongwe, mu birori vy'ukugurura icese urumuri rw'amahoro. Hari kumugoroba wokuri uyu wakabiri igenekerezo rya15 Nyakanga 2020,aho…
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka w’2020, umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yaramutse yugurura icese inyubakwa Meri ya Bujumbura izokoreramwo « Hôtel de Ville » , inyubakwa ubona ko ari…
Isima ihinguriro BUCECO rihingura ngo irakwiye. Amatoni agera ku majana indwi ngo yaratanzwe ku badandaza mu gihugu cose kuri uyu wa mbere waraye uheze, igenekerezo rya 14 Nyakanga 2020 nayo ayandi matoni arenga amajana…
Uburundi ngo bugiye gutsimbataza imigenderanire yabwo n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU. Umushikirangaji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Albert Shingiro yabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere, igenekerezo…
MUNYEMBABAZI azwi kw’izina rya Titus da Sailor yaraye yerekanye uruhara rwabakenyezi n'urwaruka mu ndirimbo yise TUBASHIGIKIRE . Titus da Sailor izina yawahe na mukuruwe Nimbona Jean Pierre alias Kidum, hari mumwaka wa…
Muri kahise Sat-b ngo yaragendanye cane n'abagore bafise abagabo, abo bakunze kwita aba sugarmamy. Ivyo n'ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro ku mboneshakure ya hano iwacu. Uwo muririmvyi ari muri bake bakunzwe…
Ab' amazu y'uburaro, uburiro,ubunwero, n'ubuvyiniro mu gisagara ca Bujumbura ngo boba barayagura, yemwe! bakayasiga agakayangana kuko muri Mukakaro bazogenderwa bikwiye n'ingenzi zivuye ku mpande…
Tanasha Donna aremeza cane ko yakunze umuririmvyi Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond, kandi ko atigeze ashaka kuvyaza umusaruro mu muziki ubwo bucuti bwabo nkuko bamwe bavyibaza. Mu kiyago aheruka gutanga, uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.