Ivyiza bihingurirwa iwacu ni vyinshi kandi ni vyiza, iyo ikaba ariyo mvo yahagurukije urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe Kiyo Fashion Collective gutezimbere ivyahinguriwe iwacu (made in Burundi). Hari…
Kuri uno wa mbere Mukakaro umwaka w’2020, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira, ibirori vyahimbarijwe ku mirwa mikuru y’intara zigize Uburundi. I Bujumbura, uwo musi…
Hakizima Deo niko kazina abavyeyi bahaye Sakubu canke Kireko, umukinyi w'igikino Ninde abatari bake bakuze bakunda gukurikirana Ku mboneshakure y'igihugu RTNB. Mu kiganiro uwo mukinyi aheruka guha imwe mu…
https://youtu.be/oZSl3fhzRDw Umukuru w’igihugu c’Uburundi ahamagarira abarundi kuzirikana ko batokwigira sindabibazwa mu kugiriranira imigenderanire myiza n'amakungu. Biri mw'ijambo yashikirije abarundi mu ntumbero…
https://youtu.be/BbNneIVOz4Y Abashikiranganji bagize Reta nshasha icumi na batanu baheruka kugenwa barahiye imbere y’umukuru w’igihugu c'Uburundi, umushikiranganji wa mbere, icegera c’umukuru w’igihugu, inama…
Mu mpera z'ino ndwi harasozerewe ihiganwa rya Basketball ryatunganijwe n'imvukira za karitiye Jabe zifashwe mu mugongo n'umwungere w'ishengero Holy center kw'isi buca rirumanya imyaka itatu ribayeho.…
Igenekerezo rya 5/7, azoba ari ku musi w'Imana, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum azosubira kandi gukora igiteramo. Ico giteramo kizoba ari nk'ico yaheruka gukora muri uku kwezi kwa 6, igenekerezo rya 21.…
Mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije ijambo rijanye n’uwo musi udasanzwe agira ati : “Barundi, Barundikazi, Bakunzi…
Imbere yo kurangiza ijambo yashikirije abarundi n'amakungu kuri uno wa kabiri mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.