Nk’uko biri mw’itangazo ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwashize ahabona kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 27 Ruheshi 2020, abantu bashasha 26 bamenyekanye ko ngo banduye umugera wa…
Inyuma yaho havugiwe amajambo agiye atandukanye ko umwana akiri muto azwi cane mu ndirimbo zigiye zitandukanye ubu hariko havugwa inkuru yuko yoba agiye kwinjira mumuryango Wa Bantu Bwoy. Abicishije mukiganiro yakoranye na…
https://youtu.be/srPUgTbaNV8 Kassim Majaliwa, umushikiranganji wa mbere wa Tanzaniya yagarutse ku bikorwa vyaranguwe na Perezida Nkurunziza, cane cane mu kuvukanisha ibi bihugu bibiri. Yagarutse ahanini ku gikorwa yagiye…
https://youtu.be/Efyy4RRIXqc Umupfasoni Denise Nkurunziza asizwe n’umuhisi Perezida Pierre Nkurunziza yahoze arongoye Uburundi yagize inkomezi zo kuvuga ijambo mu kumusezera ubwa nyuma mu kibuga Ingoma c'i Gitega, avuga…
Masterland ngo yarabwiye abaririmvyi batari bake, mbere no mu bazwi cane kandi bakomeye ngo bazofatanye mu kuja kwunamira uwahoze ari umukuru w'igihugu, ariko si bose bavyitavye. Mu Kiganiro ku nsamirizi Ya Centre Jeune…
kidum ngo agiye gushira ahabona iyindi ndirimbo nshasha, naho hataramenyekana vyukuri umusi ako karirimbo kazoshirirwa ahabona. Dufatiye Ku majambo yanditse Ku rubuga rwiwe rwa Instagram, uwo muririmvyi yamenyesheje ko ako…
https://youtu.be/bfghxSk_lIc Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye avuga ko we n'Abarundi bose bazokwama bakurikiza iragi nyakwigenderera Petero Nkurunziza abasigiye, ryo gukunda igihugu nk'uko nawe…
Chris Biz ngo abakobwa bipfuza kuja muma Clip Video ntibari bakwiye gutinya kubikora, kuko n'akazi mu tundi nkuko yabiyagiye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro Chris yabajijwe nimba ata bundi bucuti…
Hampande y'ingabire zo kuririmba Big Fizzo aranafise iyo gukina amareresi, ivyo bikaba bigiye kubonekera mw'ireresi nshasha y'uruhererekane iriko irakinwa. Iyo reresi ikaba igize igihe iriko irakinwa, ikaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.