Umukuru w'igihugu c'uBurundi yitavye Imana mu bitaro vyo mu Ntara ya Karusi nkuko Reta y’Uburundi ibishikiriza. Reta y'Uburundi imenyesha ko iri n'umubabaro udasanzwe w'ukumenyesha urupfu…
Igihe kitari kinini nico uyu mwana w'umwigeme amaze mu muziki, ariko ku ndirimbo zitarenga zitatu ariko arerekana ubushobozi butari bumenyerewe mu muziki w'Uburundi na cane cane kubigeme. Abicishije mukiganiro…
Kolly the magic ngo vuba agiye gushira ahabona inzu yiwe y’ubuhinyanyuzi inyuma y’uguca munzu zitandukanye zisazwe zihinyanyura indirimbo zahano mu gisagara ca Bujumbura. Ni inyuma yukuva muri Wanainchi Entertaiment,…
Imirwi ine niyo yari imaze igihe iriko itana mu mitwe mw'ihiganwa ryatunganijwe n'imishana ihurikiyemwo abakinyi bava mu mirwi itandukanye ya hano iwacu mu gisagara ca Bujumbura. Mu mpera y'indwi irangiye niho…
Mu gihe indirimbo yiwe Binua ibarizwa mu bashika 55,000 mu misi mikeya gusa, Kirikou yabajijwe n'abafana biwe kuri Instagram, ikibanza abona ko afise uno musi mu muziki, we avuga ko atavyo azi. Muri iyo Live yakoze ku…
Inyuma yo gusezerera umugwi wa Aigle Noir The Fighters bawutsinze ibitsindo 2-1 mu rukino rwo gusubiriza rw'igikombe c'Umukuru w'igihugu , Umumenyereza wa Rukinzo Fc Amissi Bagumako yashimishijwe n'iyo…
B face ngo s'irya mbere yandika indirimbo iri mu mudiho wa RNB, ivyo akabivuga yishimikije ko aho hambere ataramenyekana cane kuri Hip Hop, ngo yarakoze izitari nke ziri muri uwo mudiho. Mu kiganiro na Hosy, B face…
Izina ry'umupfasoni Lydia Nsekera umurundikazi asanzwe arongoye CNO ryaravuzwe mu binyamakuru vyo muri Africa ko ariwe ahabwa amahirwe yo kurongora ishirahamwe rihuza amashirahamwe y'umupira w'amaguru CAF…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.