Ku musi w’Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, niho nyakubahwa Reveriano Ndikuriyo atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB akongera agatwara n'inama Nkenguzamateka yatanga ibikoresho…
Umuyobozi mukuru w'igiporisi kijejwe gukinga ibiza n’isibe asaba abanyagihugu kutagira ubwoba kubera ikiza c’umugera wa corona ngo kuko n'indwara ikira. Antoine Ntemako yabishikirije, kuri uyu wa gatatu i Gitega,…
Hari kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, isaha zitanu 11h00 zo mu gitondo kuri ( CTN) Centre Téchnique National aho umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi…
Inyuma y'igihe kinini atariko arumvikana mu muziki ni 19th yagarutse asubira kwumvikana mu gikorwa nka ’ikiri ku mutima’ Challenge ariko hakaza kuboneka ukudahuriza kukintu kimwe na mugenziwe B-Face kuko we yakoze ikira…
Inyuma yo gukora indirimbo zigiye zifise ubutumwa butandukanye kumpande zose, ni Tetero abandanya atangaza abatari bake mukwandika ikirundi kidasanzwe na cane cane ko ari ca kirundi utopfa gusiguza umwana avuka i Bujumbura.…
Kuri uyu w'imana kw'igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, haratunganijwe inama zibiri mw'ishirahamwe rya Judo mu Burundi mu nyubakwa za dojo national iri iruhande y'ikibuga citiriwe Intwari. Imirwi 47 ivuye…
Inzira mu mutwe zarabaye umuharuro. Aho dushitsa amaso, niho duheza tukifuza gushika." Naka yarize, ahejeje kwuga aca araronka akazi , arose akazi aca arubaka, none ubu arafise imodoka hamwe n'abana, arambara…
Amafaranga y’amarundi arenga gato imiriyoni 3 hamwe n’amaterefone 18 ivyo nivyo vyibwe n’abasuma bitwaje ibigwanisho mw'ijoro ryakeye kuri uyu wa mbere ku mutumba Rugenge muri komine Mpanda intara ya Bubanza. Amakuru…
Mu kurindira ko ihiganwa rya basketball ritangura mu gisagara ca Bujumbura , imirwi ibandanya yitegura bakaba bariko barakina inkino za kivandimwe. Kuri uyu w'Imana ,igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020 ku kibuga ca…
NYAMURANGWA Fanny benshi bazi nka Dj Fanny ni umwe mubamenyeshamakuru bo murunganwe rushasha bagerageza kujana n'ibihe kandi bakabishiramwo inguvu naho intambamyi zitabura mubuzima bwa misi yose nkuko abivuga. Dj…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.