Mu kiyago Honorable Reveriyano Ndikuriyo asanzwe atwara inama nkenguzamateka hamwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB yakoranye n'abamenyeshamakuru kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15…
Inyuma y'aho umugwi Azam Fc umenyerezwa n'umurundi Etienne Ndayiragije utsindiwe i Dar es salaam ku musi w'Imana igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka w'2019, igitsindo 1-0 n'umugwi wa Triangle United…
Mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w'2019 ku kibuga c'Intwari, umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina hano iwacu watanguye imyimenyerezo yo…
Umurwi wagirizwa n’Uburundi ko washatse kwiba no kwiyitirira umurisho w’ingoma z’Uburundi Himbaza Drummers wo mu gihugu c’Urwanda wari witavye ihiganwa ryitiriwe “East African’s Got Talents” ryatunganirijwe mu gihugu ca…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 15 umwaka wa 2019 isaha zitanu 11h mu kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB niho uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitanu (11h 00) zo mu gatondo niho Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Reveriano Ndikuriyo akongera akaba…
Ata gihindutse Fortran Bigirimana ariko arakora akaririmbo gashasha, kakaba kariko gakorwa na Aron Nitunga. Fortran Bigirimana yamenyesheje ko hari igikorwa gishasha ariko arategura muri ino misi. Ivyo akaba aheruka…
Ukuri kw'inkuru y'ivuka ry'umwana mushasha, kwoba kugoye kwemeza, kuko umuvyeyi wenyene, Tanasha, yahakanye ishusho y'umwana bakwiragije hose. Amakuru dukesha bimwe mu binyamakuru vyo muri kano karere,…
Uwoya yatanze itariki ngo abantu bayigumize ku muzirikanyi, ariko yanka gutomora neza ikizoba. Igishoboka nuko ashobora gusubira kurushinga. Inyuma y'ukuvana n'umukunzi wiwe bari bagize ubugeni Dogo Janja, Irene…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Nyakanga umwaka w'2019 niho abamenyereza b'intamba mu rugamba bashira ahabona urutonde rw'abakinyi 33 bagiye kwitegurira Ubuganda mu nkino zo gukurakuranamwo zo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.