Inkino zitegekanijwe kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 7 Nyakanga umwaka w'2019 mw’ihiganwa ry’igikombe Primus Ligue ry’umwaka w’2019 ushira uw'2020 ni inkino zishika indwi. Murizo hakaba harimwo ururiko…
Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 6 Nyakanga umwaka w'2019, abarundi bangana n'520 nibo baraye bakiriwe bahungutse bavuye mu nkambi y'impunzi y'i Nyarugusu mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya,…
Ubucuti hagati ya The Ben na Zari the Boss ngo ntibarwitiranye n'urukundo rw'umuhungu n'umukobwa, naho ari incuti yiwe ikomeye. The Ben arahakana ko be na Zari The boss Lady batoba bari mu rukundo, ivyo…
Ngitangura wamengo ndiko ndafyina ubu ndamaze kubona ivyamwa. Ni Ibrahim Ismail azwi kw'izina ry'ubuhizi "Ic'Uburundi", umwe mubarundi bariko baritwara neza mu bikorwa vy'ugukina amareresi…
Kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 5 Nyakanga umwaka w'2019 niho hamenyekana urupfu rw'uwahoze akina amareresi mu gihuhu kibanyi c'Urwanda Denis Nsanzamahoro. Umuhisi Nsanzamahoro akaba…
Inyuma y'igihe kitari gito arwariye mu bitaro vy' i Singapour umutama Peresida Robert Mugabe Imana yamuhamagaye. N'umubabaro mwishi, uwa musubiriye ku ntebe Emmerson Dambudzo Mnangagwa abicishije ku rubuga…
Inyuma y'urukino banganije na Tanzania i Bujumbura kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 05 Nyakanga(09) umwaka wa 2019 , isaha indwi n'igice 13h30 abakinyi b'intamba mu rugamba baza gufata indege barekeza mu…
Mu micungararo ndetse no mu gisagara hagati i Johannesburg ubutunzi butegukira abavuka gihugu ba Africa yepfo bwarasahuwe urukombamazi abantu baricwa bunyamaswa kuva mu mpera z'indwi twaraye duhejeje. Iyo nyifato…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze kw'igenekerezo rya 04 Nyakanga(09) umwaka wa 2019 , umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba wari wakiriye uwa Tanzania Taifa Stars mu rukino rwo kurondera itike ryo kw'injira mu…
Igisirikare c’igihugu ca Somariya cashikirijwe n’abasirikare b’igihugu c’Uburundi bagiye kugarukana amahoro muri ico gihugu ikirindiro c’ahitwa Warshik mu mugambi wo gushira mu minwe y’igisirikare ca Somariya ibikorwa vyose…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.