https://youtu.be/-Jhnfw05VSQ
Inyuma yo gutsindira ihiganwa rya PRIMUSIC kumyaka 19, ni TETERO yemeza neza ko agiye gushimisha abamutoye kuko bamutoreye kuririmba atari ukuja kuzimira ngo yibagiranwe, aho asaba abarundi n’abarundikazi kumusengera kugira…
Igiporisi co mu ntara ya Rutana casubije inka 42 kuri benezo b’abanyagihugu bo mu gihugu ca Tanzaniya inyuma yaho zifatanywe abantu 4 harimwo umutanzaniya umwe muri zone Kayero komine Mpinga Kayove mu ntara ya Rutana .…
Isaha indwi 13h00 zuzuye zo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 niho umugwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa stars wasesekara ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye mu ntumbero yo kwitegurira…
Mu kiganiro bakoresheje abanditsi n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitatu zo mu gatondo ari kumwe n'umumenyereza wiwe w'intamba mu rugamba Alain Olivier…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitatu zo mu gatondo (9h00), kibuga c'Intwari, umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yari yaramutse atanga ikiganiro ku…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 01 Nyakanga umwa wa 2019 isaha zibiri z'ijoro 20h mu masaha yo mu gihugu c'Ububirigi niho umugwi Zulte Weregem wari waramutse wakira imugwi wa Royal Antwerp ukinamwo…
Adahigimanze Frank Duniano aremeza ko umurwi wanajeshi wasubiranye kandi ibikorwa bigiye kurwa nk'imvura yo murushana. Inyuma y'igiteramo c'agakura bakoze bari hamwe, umurwi wanajesih ngo warasubiranye kandi…
Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Antonio Guterres ari mu rugendo rudasanzwe mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira demokarasi ya Kongo kuva ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 31 Myandagaro…
Abantu bane bagizwe n’abarundi batatu hamwe n’umutanzaniya umwe nibo bafashwe n’abajejwe umutekano kuri uno wa mbere igenekerezo rya 2 Nyakanga umwaka w'2019 muri zone Kayero komine Mpinga Kayove mu ntara ya Rutana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.