Ibiheruka gushikwako na Cristal Event ya Dj Paulin mu giteramo kirangiza umwaka Citwa Party People, ngo n'ikimenyetso ko ibiriko bishikirizwa na bamwe bamwe mu barabira hafi umuziki w'Uburundi ari ivyiyumviro vyabo…
Indirimbo Energy ya Don Brighter afatanije na Social Mula, D one na Vania Ice yamaze gukwiza incuro 100,000 imaze kurabwa ku rubuga rwa Youtube rw'uwo muririmvyi. Iyo ntambwe iyo ndirimbo ishitseko, uwo muririmvyi avuga…
Umukuru w'igihugu varisito Ndayishimiye ngo aho bukera Uburundi bushobora kuzoba bufise indege na 5 zirerura umukuru w'igihugu. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatanu, yamenyesheje ko indege Golf…
Inyuma y'ukuririmbana Indirimbo Wezere mu giteramo giheruka guhuza abaririmvyi Big Fizzo na Sat-b, abafana bamwe bamwe bavuga ko uwo woba Ari umugambi mubi cane. Umuririmvyi Sat-b ngo ukwo kuririmbana hagati yiwe…
Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi akina mu gihugu ca Bangladesh yaraye yinjije ibitsindo bibiri wenyene . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2022 , aho umugwi Bangladesh Muktijoddah wari uramutse…
Ivyo Alvin Smith yaragize imisi ariko aravuga ko bitamworoheye, birimwo abashira amajambo umugore, abatari bake baguma bavuga ko yoba ari Buzz, ariko umugore wiwe nawe yerekanye ko bwabundi atari Buzz, ngo n'ukuri.…
Umwaka wa 2023 ngo uzorangira umuryango wa Mugenzi Alfred Aubin benshi muzi nka Kigingi baronse ikibondo. Ico nico cizere guheruka gutangwa na Marina umutambukanyi wiwe biciye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Nkuko vy'ama…
Ngo za nduru zigize imisi zivuga hano iwacu zijanye n'indirimbo z'abanyamahanga zivuzwa cane hano iwacu, ngo s'aha gusa n'abandi bafise ivyo bibazo nyene. Abarundi ngo nibatekane bareke kurabisha urutoke…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ry’abigeme Lumitel Women’s league rigiye kubandanya kundwi igira 8. Inkino zose zizoba kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2022 bivanye n’umwaka mushasha . - Isaha zine zo…
Vyari bikiri indoto kubona abaririmvyi b'abarundi atamunyamahanga arimwo kugira bakore igiteramo ahantu hiyaguye. Bibaye ivy'imboneka rimwe hakazoba ari kuri Stade INTWARI, tumenyereye kubona habera…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.