Ikivyimba co mu nda ngo nico cagira kidutware umwigeme Miss Erica asanzwe akorera ibikorwa vy’umuziki I Kigali. Ariko ubu ngo ni sawa. Miss Erica ngo yaragize igihe arwariye I Kampala, Ariko ubu ngo ni sawa akaba ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Jux yaheruka I Bujumbura ku butumire bwa Bantu Bwoym agiye kugaruka I Bujumbura mu giteramo aherekeje umukunzi wiwe Vanessa Mdee. Inyuma yaho ahamagariwe I Bujumbura na Bantu Bwoy, Jux ngo agiye kugaruka I Bujumbura!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules niwe agiye gusubirira Bimenyimana bon fils Caleb muri Rayon Sports, uyo musatirizi w'umurundi yahora akinira Sun rise mu mezi atandatu aheze yaciye yipfuzwa na Rayon Sports. !-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yaho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uhagurikiye ibujumbura kuwa kabiri w'igenekerezo rya 29 Nzero(01), waraye ushitse amahoro muri Niger . Intamba mu rugamba z'abatarenza!-->!-->!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 21 b'intamba mu rugamba ya batarenza imyaka 23 bagiye kwitegurira urukino rwa Congo Brazza mu kwezi kwa Ntwarante . Akaba ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gaturuturu ko kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 30 Nzero umwaka w'2019 mu ntahe y'ikibiriraho yarangiye igihe c'isaha zitandatu n'iminota mirongo ine z'ijoro (00h40), Sentare Nkuru!-->!-->!-->…
Umuntu umwe yaciye yitaba Imana ubwo nyene nayo abandi bagera kuri bane barakomereka inyuma y'isanganya ry'imodoka zibiri hamwe n'ipikipiki vyagonganiye imbere y'ibitaro vy'abasirikare vyo mu Kamenge. Mu gatondo kuri uno!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuririmvyi Bizimana Aboubakad Karume batazira Sat-b yahwe umwambaro w'Intamba mu rugamba . Hari Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho radio buja FM yari iramutse iha agashimwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Jean Marie Niyokindi, umushikiranganji w'amahinguriro n'ubudandaji Ubushikiranganji bw’ubudandaji n’amahinguriro buriyamiriza ingingo y'ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi y'uduza ibiciro ry’ibinyobwa bimwe!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Umugwi Aigle Noir Kanakimana Bienvenue niwe yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa Kigarama. Kuri uyu wa mbere igekerezo rya 28 Nzero umwaka wa 2019 Ku kibuga ca Centre Technique National!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.