Lionnel Bizindavyi niyo mazina yahawe n'abavyeyi akaba ari umukinyi w'amareresi azwi kw'izina rya Mayibobo. Kuva 2008 amaze gukina amareresi ashika kuri 11 hagati yaho n'udukino dutandukanye duca ku…
Umukuru w'igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yitezwe i Bangui mu gihugu ca Centrafrique ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere. Nk'uko biri mw'itangazo ryo mu biro vy'umukuru w'igihugu bijejwe…
Ni kuri uyu wa Mungu, igenekerezo rya 28 Ntwarante 2021 mu Kigo c'urwaruka co mu Kamenge ahari hatunganirijwe isabukuru mpuzamakungu y’uburongozi bw’abakenyezi ku civugo : "Ubahuka mugende gushika kure".…
Ishirahamwe ryo kuvuza abakozi ba Reta, Mutuelle de la Fonction Publique ryafashe ingingo ko kuva ku wa 29 Ntwarante, abakozi baryo hamwe n'abanywanyi baryitura bategerezwa kuba bambaye agapfukamunwa. Iyo ngingo ifashwe…
Mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amazi uhimbazwa kw'isi yose igenekerezo rya 22 Ntwarante burimwaka, ishirahamwe ACVE (Action ceinture verte pour l'environnement) rifandikanije n'igisagara…
Amazu y'idandarizo arenga 150 yubatswe hanze y'isoko ya Jabe mu gisagara ca Bujumbura ku ruhome rugize uruzitiro rwiyo soko yose yasambuwe mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 27 Ntwarante 2021. Iyo…
Abarundi Aho Bari mu mihingo itandukanye y'isi ntibareka guhesha agaciro igihugu cabibarutse mu kwerekana ico Imana yabahezagije. Muri Africa y'epfo neza neza mu gisagara ca Johannesburg, mu buriro bita Epicure…
Mu kiganiro umumenyereza Jimmy Ndayizeye ahejeje gushikiriza a bamenyeshamakuru ndetse n’abarundi biciye kuri Facebook live ya FFB aho yariko aravuga ingene biteguriye urukino rwo kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 26…
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 22 Ntwarante umwaka w'2021, inyuma y'inama ihuza umurwi ushinzwe kurwanya ikiza ca koronavirusi, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwana Sida Thaddée…
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka w'2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’abagize Reta y’Uburundi bane hamwe n’abagwizatunga barenga icumi bafashe urugendo rubashikana mu gihugu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.