Urwego rw’igihugu rujejwe gukinga impanuka rufadikanije n’ubuyobozi bukuru bujejwe gutunganya ibisagara rumenyesha ko ibibanza vyo kwubakamwo amazu bigera kw'ijana na mirongo itanu bimaze gutegekanywa, ahitwa Buhomba…
Kitenge Alexis nawe yahavuye ahabwa umupira nk'uko abandi bama bawuhabwa iyo binjije ibitsindo 3 mu rukino. Hari ku musi wa w’Imana igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2021, ku kibuga Intwari aho umugwi Athletico Academy wari…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2021, Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni yashikirije imbere y’inama nshingamateka na nkenguzamateka icegeranyo c’ivyaranguwe na Reta y’Uburundi mu…
Umushikiranganji wo kwivuna abansi no kwitaho abahoze ku rugamba ahamagarira abasirikare kwirinda kuja mu bunyero ngo kuko biri mu bituma barasa abantu bahahurira. Alain Tribert Mutabazi yabishikirije mu gitondo co kuri uyu…
Niyonzima Audace yahora aramutswa ubuyobozi bw’ikigo kijejwe gutororakanya amatagisi n’amakori OBR, yagenywe n’umukuru w’igihugu kuba icegera ca mbere c’uwurongoye ibanki nkuru y’igihugu BRB. Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru…
Ikigo kijejwe kwegeranya amatagisi n’amakori OBR kiramutsawa umuyobozi mushasha kuva kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 14 Ndamukiza 2021. Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/111 ryo kuri uyu wa 14…
Mu gihe umugwi Musongati Fc wari uhejeje kwirahira Aigle Noir igitsindo 1-0, mu rukino rw’indwi ya 25 rw’ihiganwa rya Primus league Burundi rwari rwabereye i Gitega , uwutwara umugwi Musongati Fc Denis Karera…
Ni iyihe mpamvu ituma abantu baheza umunyororo, bezwa canke barekurwa ivy’agateganyo ariko ugasanga bagumijwe mu munyororo? Ico ni kimwe mu bibazo vyabajijwe uwurongoye umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH mu…
Amafaranga arenga imiriyoni mirongo ine n’icenda z’amadorari y’abanyamerika niyo akenewe kugira umugambi wo kugwanya koronavirisi uranguke neza. Menshi muri ayo azokoreshwa mu kugura ibikoresho vyo gupima no kwifashisha mu…
Rukundo Jean de Dieu batazira Dodi yaraye ahawe agashimwe k’umumenyereza yigenjeje neza gusumba abandi mu kwezi kwa Ruhuhuma . Ako gashimwe akaba yagahawe n’ishirahamwe ry’abakunzi b’inkino bita BCM (…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.