homepagekirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Ndikumwenyo Thierry yaraye abaye uwa mbere mu mahiganwa ya Diamond League

Ndikumwenyo Thierry , umurundi wa mbere anyaruka yaraye akoze amateka ku metero 3.000

Thierry yaraye afashe ikibanza ca mbere mu mahiganwa ya Diamond League yaraye abereye i Monaco mu Bufaransa, akaba yaraye agize umwanya w’ininota 7, Amasengonda 25 n’uduce 93 ( 7:25’’.93’’’), akaba yaciye asubirira Venuste Niyongabo ku rwego rw’igihugu mu kugira umwanya wa mbere kuri ico kirere c’imetero 3.000.

Mwomenyako Niyongabo Venuste yari amaze imyaka 26 muri ico kibanza ku mwanya w’iminota 7 . amasegonda 34 n’uduce 96 ( 7:34’’.96) nawe nyene ayo mateka yari yayagiriye i Monaco mu gihugu c’Ubufaransa .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 854