Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 241

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Amical des Musiciens ngo abayitwara ntibazi ivyo bakwiye gukora
Burundi

Amical des Musiciens ngo abayitwara ntibazi ivyo bakwiye gukora

Amajambo abandanya kuba menshi irya n'ino mu baririmvyi ndetse no mubakunzi b'umuziki ndundi aho bavuga ko ivyari bikwiye gukorwa n'ishirahamwe ry'abaririmvyi b'abarundi ata n'igice babonamwo.…

alain1by alain1
Jun 24, 10:54 am
107
#Masezerano agira ati: “Izina wita umufasha wawe, niryo rigaragaza umubano wanyu”
Burundi

#Masezerano agira ati: “Izina wita umufasha wawe, niryo rigaragaza umubano wanyu”

Yishimikije ijambo ry'Imana  mu canditse kigira giti:" Ntarakubumbira mu nda nari ndakuzi" (Yeremiya 1:5) umuririmvyi azwi kw'izina rya Meserano amenyesha ko ata muntu avuka kw'isanganya, ari nayo…

by
Jun 24, 8:59 am
107
Aba nibo bakinyi 5 b’abanyamahanga binjije ibitsindo vyinshi muri Espagne
Athletisme

Aba nibo bakinyi 5 b’abanyamahanga binjije ibitsindo vyinshi muri Espagne

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 22 Ruheshi 2020, niho ikimenyeshamakuru AfriMag cashize ahabona abakinyi 5 bakina hanze y'igihugu ca Espagne bamaze kwandikisha amateka muri La liga mu gutsinda ibitsindo…

bosingwaby bosingwa
Jun 24, 4:58 am
106
# Indundi Sports | José Morinho yavuze umukinyi yemera gusumba abandi
CAN2019

# Indundi Sports | José Morinho yavuze umukinyi yemera gusumba abandi

Umumenyereza Josè Morinho amenyereza umugwi Tottenham Hospurs wo mu bwongereza yashize ahabona umukinyi yemera gusumba abandi mu bakinyi yigeze kumenyereza . Mu kiganiro yakoranye na The Times José Morinho yavuze ko umukinyi…

bosingwaby bosingwa
Jun 23, 11:34 pm
109
Harakekwa indirimbo hagati ya Kidum na Big Fizzo
Burundi

Mt Number one nawe ngo abaririmvyi bo Muri Diaspora ntibahabwa ikibanza gikwiye

Mu gihe Aime M yaheruka kumenyesha ko abaririmvyi babarizwa hanze y'igihugu basabwa amafaranga ngo bavugirizwe indirimbo, Mt Number one nawe ashikirije akandi karenganyo abo baririmvyi ngo bakorerwa. Akoresheje urubuga…

yanickby yanick
Jun 23, 2:38 pm
109
Harakekwa indirimbo hagati ya Kidum na Big Fizzo
Burundi

Harakekwa indirimbo hagati ya Kidum na Big Fizzo

Hari abibaza ko Kidum na Big Fizzo boba bafise gishasha coba kiri mu nzira, ivyo bakaba bariko bavyibaza bafatiye kuco uwo muririmvyi w'umukambwe aheruka kwandika Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Uwo muririmvyi abarizwa…

yanickby yanick
Jun 23, 2:25 pm
107
Inama nshingamateka ihejeje kwemeza umushikiranganji wa mbere n’icegera c’umukuru w’igihugu
Burundi

Inama nshingamateka ihejeje kwemeza umushikiranganji wa mbere n’icegera c’umukuru w’igihugu

https://youtu.be/L9bP4x-V9JY Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ruheshi 2020, inama nshingamateka yaramutse yemeza amazina abiri yaheruka gushikirizwa na Nyenicubahiro Perezida Evariste Ndayishimiye mu kibanza…

janvierby janvier
Jun 23, 11:17 am
107
#diaspora|Bella Hot Hot agiye gusubira kwumvikana Inyuma y’agacerere
Burundi

#diaspora|Bella Hot Hot agiye gusubira kwumvikana Inyuma y’agacerere

Inyuma yo Kuboneka mu biteramo bitandukanye mu bihugu nka Denmark na Sweden,yaciye yinjira mugacere kadasanzwe k' igihe kitari gito ameze nkuwugaranye adasohoka(Lock down), biturutse ku kibazo cugarije isi ca Kovid19,…

alain1by alain1
Jun 23, 7:13 am
109
#Ivyo yagiyemwo ashaka kumenyekana, Steve vyamubereye akazi kadasanzwe
Burundi

#Ivyo yagiyemwo ashaka kumenyekana, Steve vyamubereye akazi kadasanzwe

Umunyamideri (Mannequin) akiri muto mu myaka, akagira igikuriro mu mwuga azwi nka Stevekid, amenyesha ko amaze gutahura impano yiwe kandi ko guterimbere bishoboka. Akazi k'imideri Steve Uwimbabazi yagatanguye nko…

by
Jun 22, 10:54 pm
110
Ishinguranwa iteka ry’umuhisi Perezida Petero Nkurunziza ritegekanijwe ku musi wa gatanu
Burundi

Ishinguranwa iteka ry’umuhisi Perezida Petero Nkurunziza ritegekanijwe ku musi wa gatanu

Ishinguranwa iteka rya Nyakwigendera uwahoze ayoboye igihugu c’Uburundi, Perezida Petero Nkurunziza ritegekanijwe kuzoba kuri uyu wa gatanu uza, igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020. Nk’uko biri mw’itangazo ryashizwe ahabona kuri…

janvierby janvier
Jun 22, 5:23 pm
109
  • Previous
  • 1
  • …
  • 239
  • 240
  • 241
  • 242
  • 243
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

Abarundi baba mu makungu bemeye kuzofasha abasirwa b’umuhisi Member (Audio)
Amakuru Ya Audio
109

Abarundi baba mu makungu bemeye kuzofasha abasirwa b’umuhisi Member (Audio)

africa news
109

Abarundi n’abanyarwanda muri Malawi ngo barageramiwe

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In