Uburundi ngo buriteguriye kwakira abarundi bose birukanywe muri Reta zunze ubumwe za Amerika mu gihe bigaragaye koko ka ari abarundi. Abo nabo ngo birukanywe kubera badakwije ivya ngombwa. Ariko kandi ngo abo Uburundi…
Amafaranga y'amarundi arenga gato imiriyoni 73 niyo aheruka kwibwa mw'ibanki BGF ishami ryo mu Kayanza. Amakuru ava mu Kayanza avuga ko yoba yibwe n'umukozi w'iyo banki. Igiporisi c'inyamiramabi muri…
Akoresheje urubuga huriro, Instagram, Andy Mwag yashikirije ijambo ry'ihumure abakunzi b'ibikorwa vyiwe bari I Burundi ko ubu bashobora kuronka EP 1 yiwe mu Burundi. Ku rupapuro bakunze kwita mu kinyamazuru Cover,…
Umuririmvyi wese ngo yipfuza kwandikirwa indirimbo ntiyitinye kuko Stikk El Negro arahari, ngo ubu agiye kubikora nk'umwuga. Ayo n'amwe mu majambo uwo muririmvyi aheruka gushira ahabona, akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Preeze ngo yabujijwe n'uko umuvyeyi wiwe w'amaraso yitavye Imana, co kimwe n'uko Uburundi bwabuze umukuru w'igihugu, nay'ahandi ngo hari gishasha cari mu nzira, ivyo akaba aheruka kubiyagira imwe mu…
Benshi bamuzi nk'umuvumbuzi, Landry Promoter arikumwe naYves Bally (Cameraman), ariko bamenyekanye ku mboneshakure ikorera ku rubuga ngurukanabumenyi Waka Light Tv ubu batanguje ivyabo kumugaragaro.Mukiganiro yahaye…
Mu kiyago na SYUB Show Aime M yamenyesheje ko naho abantu baba bibaza ko yicaye, ariko we ngo ntaba yicaye, ariko aba ariko agakora. Muri ico kiyago yagiranye n'umumenyeshamakuru yigenga Biko Steven Raphael…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.