Ngo nta barundi bazosubira kuronswa uruhusha (visa) rwo kuja muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe kuri uyu wa gatunu igenekerezo rya 19 Ruheshi 2020, n’igisata ca Reta zunze ubumwe za…
Inyuma yo gusohora Indirimbo yabonetse ko yakunzwe n'abatari bake, ndetse ikerekana ubushobozi budasanzwe mukwandika kwa Akes ubuho ngo ntagiye kuvyorosha.Inyuma y'indirimbo Tubikore ni Akes Don aza yamaze gushira!-->…
Ingingo zafashwe na Reta y’Uburundi zo gukaraba n’amazi meza n’isabuni ngo zizobandanya naho ikiza ca Corona kizoba carangiye. Ivyo ni ibishikirizwa n’umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida…
Inyuma y’ururirimbo Dodo, umuririmvyikazi Ester Nish muri kino gihe asazwe y’ibugenze ngo kavorivori niryo zina. Umuririmvyikazi Ester Nish murikino gihe ubona ko akuriwe cane aciye kumbuga asanzwe akoresha aramenyesha…
Abahinga b'Abatariyano bavuga ko umugera wa coronavirus watanguye kwibonekeza mu kwezi kwa Kigarama mu mazi atwara imicafu yava mu bisagara bibiri, imbere y'uko ico kiza gitangazwa muri ico gihugu. Ikigo…
Kuva Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 19 gushika kuwa gatandatu igenekerezo rya 20 ihiganwa rya Primus league rizoba riteye ku kundwi yaryo ya 29 . Uko Nniko imigwi izohura: ku musi wa gatanu 19/06/2020 -B.Dynamic…
Lydia Nsekera yahoze arongoye ishirahamwe FFB, ubu aramutswa CNO ( Comite National Olympic ) yababajwe n'urwo rupfu rwa Se Barundi Petero Nkurunziza. Ubwambere nambere Nsekera yabanje guhoza umuryango usigwa na…
"Ukwigisha ibijanye n'ubuhinga bwa none no gutumatumanako amakuru mu mashure bifasha igihugu gushika kw’iterambere. Ubwo buhinga bufasha kandi umunyeshure gutera imbere mu bumenyi bukanatuma umwigisha nawe akarisha…
Ingingo yo kuvura abakukuruke bahora bakorera Reta yaraye ifashwe n'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye kuri uyu kane igenekerezo rya 18 Ruheshi 2020 igihe yimikwa, ngo igiye kushirwa mu ngiro mu maguru masha.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.