Uwo muntu atazwi yiyise Drama T, atangura kugira ivyo ashira Kuri urwo rubuga, abaTwip batanguye kumwibazako, ubu rero hamenyekana ivyiwe. Asangije abantu ivy'amahiganwa bivugwa ko bamushizemwo, ariko bakihenda ku…
Ibintu bigiye guhinduka muri Febabu biciye DH Telecom . Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ndamukiza 2023 , niho hugurugwa ihiganwa rikuru rya VBL ( Viva Basketball Ligue) hakaba harabaye amasezerano hagati ya FEBABU na…
Urukino rw’umupira w’amaguru rusigaye ari urukino rwo kwicana? Hamaze imisi hakwiragizwa inkuru ivuga ko ku musi wa Pasika hari umukinyi yitwa Siméon avuka ku mutumba Rwinjugushu , akinira Mamba Vert yatezwe umwereka…
Isanamu ya Lionnel Messi ari kumwe na Ndayishimiye Youssouf iriko yamamara ahatari hake kw’isi. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ndamukiza 2023 aho umurwi wa OGC Nice ukinamwo umurundi Ndayishimiye Youssouf…
Ikibanza cahora gikinirwako inkino zo guterana imyereka ( Judo) kiri inyuma y’ikibuga c’Intwari hazoshirwako agasho ko gupfungiramwo abantu . Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 08 Ndamukiza…
Mista Champagne ngo abamuca intege kuvyo ariko arakora ngo nuko Kajala atamushigikira, ngo ntatahura ukumushigikira baba bariko baravuga ukwarikwo. Uwo muririmvyi abarizwa muri Tanzania aho yagiye gukora amasanamu…
Abarundi batari bake barabandanya baterera ikibuga citiriwe Intwari kiri mu gisara ca Bujumbura. Mu gatondo ko Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ndamukiza 2023 Isaha 2 n’iminota 30 , niho abakunzi b’umupira w’amaguru ,…
Umurundikazi Sada Nahimana yaraye atakaje urukino rwanyuma atsinzwe n’umufaransakazi . Hari kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 09 Ndamukiza 2023 kuri Entente Sportive , aho umurundikazi Sada Nahimana yari aramutse…
kuva mu mpera z’indwi twaraye turangije haratangujwe inkino za VIVA BASKETBALL LEAGUE umwaka wa 2023 . Ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 8/04/ 2023 : Umurwi New Star watsinze Kern ku manota 85 kuri 64 , mugihe Urunani…
DJ Paulin yiswe umudimudimu akagirizwa KO atari Umurundi, isemo ryoba rigeze he ryo yakwa ubwo bwenegihugu bavuga ko afise adafitiye uburenganzira? Ibintu birakaze, DJ Paulin habuze gato ngo bamusabire kwirukanwa mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.