Twabamenye Inyuma y'ivyago bahuye navyo ivyabo bigasha bagitokombera bagasigara bifumbereje, nayo umupfasoni Élisabeth ubukene bumaze kumuzengereza agitamwo gutana abana mu nzu Peniel ariyomokera. Uwo mugore…
Umuririmvyi Bizimana Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-B, yabaye uwundi murundi abashije kuronka Verification ku rubuga rwa Twitter. Ico gikorwa nkuko amakuru dukesha urubuga rwa Google abishikiriza, cabaye ku musi wa Kane…
Muribuka ashikiriza ko Indirimbo ntandero ugira yabaye irashirwa ku ruhande kuko hari ikibazo cahabaye, ubu ngo iyo ndirimbo n'iyo isubiye Kandi kugarukanwa. Akoresheje imbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha,…
Big Zoe agiye gushira ahabona Mixtape yahaye akazina ka Gatanu nkuko uwo muririmvyi yabituyagiye. Iyo Mixtape ikaba izoba igizwe n'indirimbo 11. Izo ndirimbo 11 zikaba zizumvikanamwo abaririmvyi batari bake, barimwo…
Hampande y'intambara y'amajambo igize imisi iriko iribonekeza hano iwacu kubera ijambo umudimudimu, co kimwe na gasopo yatanzwe, Big Fizzo asubiye Kandi kugaruka mu gakino. Ya Ndirimbo Ngangari yari…
Abakinyi ba kera bakoze amateka barongowe n’umushingamateka wo muri EALA Pierre Rurakamvye batazira ABEGA bagiye kuza baritwararikwa . Izo ntwari zaraze kahise k’umupira w’amaguru mu Burundi zigiye guhabwa icubahiro…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryahagaritse amahiganwa yose y’umupira w’amaguru yahora atunganirizwa mu ntara ya Karusi hamwe n’izindi nkino zibera ku kibuga Bugenyuzi . Izo ngingo FFB yazifashe inyuma yaho…
Natacha Ngendabanka azwiko gufata neza abafana biwe, asubiye Kandi gukora ibitangaza aho yari yuriye bus iva mu gisagara yerekeza ku Mutakura. Uwo muririmvyikazi w'umurundi yakiranywe akanyamuneza kenshi…
Drama T mw'ijoro ryo ku musi wa Kabiri, imbere gato yuko amakuru amenyekana ko buca aja kurekuza umuririmvyi Baouden, ngo bwabundi yari yagiye kumuraba aho yarafungiwe. Uwo muririmvyi wa ITamporize, yavuze ko…
Ya Post ya Kaya Free yavugwamwo ivyaha vy'agacamutwe vyagirizwa DJ Paulin, birimwo kudandaza Ibiyayuramutwe yanyitse nk'umuco itara rizimye. Ukubitiye ku rubuga rwa Facebook rwa Kaya Free wa muririmvyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.