Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 33

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
# Indundi Sports | Mu Burundi hatangujwe urukino rushasha rwitwa Criket
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Mu Burundi hatangujwe urukino rushasha rwitwa Criket

Urukino ruryoshe kandi rubereye ijisho rwitwa Criket rwatangujwe mu Burundi n’umurundi asanzwe aba mu gihugu ca Canada . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Ntwarante 2023 , isaha icenda 15h00 ku kibuga ca Hindu…

bosingwaby bosingwa
Mar 31, 8:36 am
317
# Indundi Sports| Youssuf Ndayishimiye yatanguye imyimenyerezo ya wenyene muri OGC Nice
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports| Youssuf Ndayishimiye yatanguye imyimenyerezo ya wenyene muri OGC Nice

Umukinyi w’umurwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange yatanguye imyimenyerezo ya wenyene bivanye n’uko atarakira neza . Youssouf Ndayishimiye akaba yari amaze indwi 2 yahawe akaruhuko n’umuganga…

bosingwaby bosingwa
Mar 31, 8:16 am
256
Mow Kanzie yoba ari inkoko canke?
Entertainment

Mow Kanzie yoba ari inkoko canke?

Abantu batanguye kwibaza ikiribwa ari, kuko umukunzi wiwe yavuze ko Mow Kanzie ari ikiribwa, bamwe bakaba batanguye kubaza ko yoba ari inkoko ngo n'abo bashiremwo ukuboko mu kuzana ubugari. Mow Kanzie asubiriye Kandi…

yanickby yanick
Mar 30, 7:52 pm
243
# Indundi Sports | Coupe du Président: Uko imirwi igiye guhura mu gice ca 16 gishira icanyuma
football

# Indundi Sports | Coupe du Président: Uko imirwi igiye guhura mu gice ca 16 gishira icanyuma

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 27 Ntwarante 2023 mu kigo kijejwe ubuhinga niho hakorwa tombola ry’uko imirwi izohura mu nkino z’igice ca 16 gishira icanyuma c’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu. Uku…

bosingwaby bosingwa
Mar 30, 1:52 pm
1,374
Drama T batanguye kumugirako iterabwoba
Entertainment

Drama T batanguye kumugirako iterabwoba

Drama t naho yasavye ikigongwe, yatanguye guterwa ubwoba ngo aramutse ahonyoje ikirenge muri Canada azoca akubitwa kubera ivyo aheruka gushikiriza ku baba muri Diaspora. Ibi bikaba bitanguye ataranahabwa na VISA yo kujayo.…

yanickby yanick
Mar 30, 1:32 pm
299
# Indundi Sports | Uburundi busigaranye amahirwe angana gute kugira busubire muri CAN?
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Uburundi busigaranye amahirwe angana gute kugira busubire muri CAN?

Umurwi nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba ufise akazi katoroshe kugira usubire kwitabira inkino za CAN 2024 . Amahirwe Uburundi busigaranye ni ibice 20% ivyo bikaba  vyavuzwe n’umwe mu bamenyeshamakuru ba kera Tharcisse…

bosingwaby bosingwa
Mar 30, 12:57 pm
300
Big Fizzo agiye kuboneka mu gisagara ca Bujumbura nubwo vyari bigihishijwe
Entertainment

Big Fizzo agiye kuboneka mu gisagara ca Bujumbura nubwo vyari bigihishijwe

Umuririmvyi Big Fizzo amaze igihe kitari gito ku mugabane wa buraya, aho benshi vyagumye bibayobera kugira bamenye n'ikiringo nyabaki agiye kumarayo hoho nigiki camujanyeyo vyose bikabata kuwamazi wewe harico warubiziko?…

adijoeby adijoe
Mar 30, 12:38 pm
261
# Indundi Sports | Myugariro w’Intamba mu rugamba akina muri Rayon Sports yoba yaguzwe na Police Fc
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Myugariro w’Intamba mu rugamba akina muri Rayon Sports yoba yaguzwe na Police Fc

Umurwi  Police Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihigu c’Urwanda woba wamaze kwumvikana na myugariro w’Intamba mu rugamba asanzwe akinira umurwi Rayon Sports ariwe Ndizeye Samuel . Ku makuru dukesha ikinyamakuru Yegob co mu Rwanda…

bosingwaby bosingwa
Mar 30, 11:47 am
335
# Indundi Sports | APR Fc na Rayon Sports mu rugamba rwo gutahukana umukinyi wa Rukinzo Fc
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | APR Fc na Rayon Sports mu rugamba rwo gutahukana umukinyi wa Rukinzo Fc

Amakuru dukesha ikimenyeshamamakuru co mu Rwanda YEGOB avuga ko imirwi APR Fc na Rayon Sports iri mu rugamba rwo gutahukana umukinyi w’Umurundi Ndikumana Danny asanzwe akinira umurwi Rukinzo Fc . Danny Ndikumana asanzwe afise…

bosingwaby bosingwa
Mar 30, 10:24 am
402
Wema Nella ngo si ubwambere yararimvye, gusa urugendo ruratanguye
Entertainment

Wema Nella ngo si ubwambere yararimvye, gusa urugendo ruratanguye

Wema Nella n'umuririmvyikazi akaba anafasha Impano zitandukanye, asanzwe ari umurundi aba muri Autralia akaba afise label yiwe yitwa Wema entertainment mu Burundi irongowe na Landry promoter. Icipfuzo ciwe ngo…

adijoeby adijoe
Mar 29, 8:14 pm
302
  • Previous
  • 1
  • …
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In