https://www.youtube.com/watch?v=lp9IgMjIB60&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=01x8rYXz4N4&feature=youtu.be
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ubandana ushigikirwa n'amashirahamwe atandukanye muri wa mugambi wa Dushugikire Intamba Zacu. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 29 Rusama umwaka wa 2019…
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yaraye agendeye abakinyi b'intamba mu rugamba abasanze ku kibuga aho bariko barakorera imyimenyerezo. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo…
Ce mercredi 29 mai 2019, Chelsea a torpillé Arsenal (4-1) à Bakou pour s’offrir sa 2ème Ligue Europa, grâce à un doublé de son maestro belge, qui pourrait quitter les Blues cet été au mercato. L’autre grand artisan du succès…
YKEE BENDA i Bujumbura ku butumire bwa mugenziwe w'umuririmvyi Masterland agiye kugaragara i Bujumbura mu giteramo. YKEE BENDA umuririmvyi w'umuganda akaba n'umwanditsi w'indirimbo nyinshi zakunzwe cane…
Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yavuze ku majambo amaze imisi avugwa y'uko ashobora guhindura kizigenza w'intamba mu ruganmba. Aganira na indundi Sports aho yariko iramubaza amakuru…
Mutoyi wa nyakwigendera Papy Faty ariwe Iddy Faty yamaze kurekurwa. Iddy Faty akaba yari yapfunzwe kuva kw'igenekerezo rya 7 Rusama uwu mwaka apfungirwa mu gisagara ca Johanesbourg muri Afrika y'epfo bamukuye ku…
Umuririmvyikazi Natasha yahambije abandi mu kwemera kuza guteramisha abantu bazoba bitavye urukino rwiswe Intamba Day ruzohuza Intamba mu rugamba na Aigle Noir. Hampande ya Natasha hari abandi baririmvyi bandi bamaze kwemera…
Ku ndirimbo zitarinke zakunzwe Miss Erica agiye kuryohera abakunzi biwe mw'ihiganwa rya Primusic kuri ino ndwi igira kabiri ihiganwa rya primusic ritanguye Umuririmvyikazi Belle9ce Ingabire inyuma yo kumara indwi ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.