Fabelove aragabisha B Face kundirimbo aheruka gusohora Passport ngo akaba yaratukanye ngo rabizi ko atakumwihanganira Fabelove inyuma y’indirimbo I’m Sorry yakoranye na Linah Blanche avuga ko mu gihe yoheza kumviriza neza…
Ikibanza ca Yoya Jamal mu muziki ndundi ngo kiracahari, nayo kuvuga ko Mb Data yamusubiriye, ngo n'ukumusubiza hasi. Abatari bake ngo bavuga ko umuririmvyi Yoba Jamal yoba yarasubiriwe mu muziki ndundi, uwamusubiriye…
Butera yatomoye neza ko ivy'urugo rwiwe na Clement batabiganirira ku kazi, kandi n'ivy'akazi batabiganirira mu rugo, kuko ikibanza cose kigira ico bakiganiriramwo. Icerekana ko umubano wa Butera Jeanne benshi…
Jamal ngo yabuze mu bwongereza abahinyanyuzi batahura imidiho aririmbamwo, nayahandi ngo aba yarabandanije asohora. Yoya Jamal naho adatomora, aremeza ko hari indirimbo nshasha ariko arategura gushira ahabona mu misi ya…
Abahinga babiciye irya n'ino, basanze abantu benshi vy'ukuri batazi ico amafaranga ari. Ikindi naco bavuga n'uko ngo , burya tutaronka amatungo kubera mw'itsitso rya kameremere kacu hariyo ivyiyumviro…
Uwahoze ari umumenyereza wa Les lièrres akongera akaba n'umukinyi wa kera w'Umugwi Athletico Olympic Bawili benshi bazi kw'izina rya Mutombo yitavye Imana giturumbuka. Mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu…
Umuririmvyi rurangiranwa Nzigamasabo Vianney benshi bazi kw'izina rya Vichou Love yitezwe gukora ibintu bikomeye ku musi wahariwe Intamba. Mugihe harindiranywe igishika urukino rukomeye rwa kivandimwe ruzohuza umugwi…
Umusatirizi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules yaraye afashije Rayon Sports gutwara igikombe c'ihiganwa ryo mu Rwanda Azam Premier League. Hari kuri uyu wa gatanu waraye uheze…
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza yoba ariko arimenyereza kugira azokwifadikanye n'abandi mu mugwi nserukiragihugu? Ayo namwe mu majambo abakunzi b'intamba mu rugamba ndetse…
Kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman yaraye agize igisabisho ca Umrah imbere y'uko afata indege imushikana I Bujumbura. Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 23 Rusama umwaka wa 2018, niho Kizigenza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.