Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 389

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
homepage

Amafoto makuru makuru yaranze Primusic kucuro yambere

Inyuma y'imyaka 4 ihiganwa rya Primusic ritaba,ku curo yambere ryahereye mu Ntara ya Muyinga.

adminby admin
May 24, 12:47 am
106
BDUSA

PARCEM : Ibintu 6 biri mu rukurikirane rw’isekeza “Ukuri ku biduhanze”.

https://www.youtube.com/watch?v=sCCNeV_cs1U&feature=youtu.be

adminby admin
May 23, 11:03 am
105
homepage

CAN 2019: Ikirangamisi c’inkino z’intamba mu rugamba

Abarundi benshi bama bibaza umusi n'igihe inkino z'intamba mu rugamba zizoberako mu mahiganwa ya CAN 2019 azobera muri Egiputa mukwezi buca dutangura, tukaba twamaze kuronka ikirangamisi c'inkino…

adminby admin
May 23, 10:30 am
104
homepage

Intamba Day : Imyiteguro mu ntamba irabandanya

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba uza wamaze gutangura imyiteguro yo kwitegurira inkino za CAN 2019 hamwe na zimwe mu nkino za kivandimwe. Kuri uyu wa wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 23 Rusama umwaka…

adminby admin
May 23, 8:26 am
104
Entertainment

Muri Tanzania Lolilo ngo yahigiye uko barondera amafaranga

Urugendo rwa Lolilo muri Tanzania rwamuteye kubona kure n'uburyo bacamwo amafaranga muri ico gihugu. Urugendo rwa Lolilo mu gihugu kibanyi ca Tanzania, rwamuviriyemwo vyinshi. Ivyo n'ivyo aheruka gushikiriza mu…

adminby admin
May 22, 1:12 pm
105
homepage

Al Adalah ya Ndikumana Seleman yaduze mu cicaro ca mbere

Umugwi Al Adalah wo mu cicaro ca kabiri ukinamwo Kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman waduze mu cicaro ca mbere. Ukaba warangije ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri uri mu kibanza ca 3 n'amanota 63 mu nkino…

adminby admin
May 22, 8:56 am
105
Don Brighter : “Fire fire” niryo zina ry’ururirimbo rwiwe rushasha
Diaspora

Don Brighter : “Fire fire” niryo zina ry’ururirimbo rwiwe rushasha

Kubwa Don Brigther Fire Fire ngo niryo zina yakunze ko yokwita indirimbo izosohoka kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Rusama. Don Brighter umuririmvyi w’umurundi asazwe aba muri Leta zunze ubumwe za Amerika neza na…

adminby admin
May 22, 8:29 am
106
homepage

Umugwi Fc Seville wamaze gushika mu gisagara ca Dar Es Salam

Umugwi ukomeye wo mu gihugu ca Espagne Fc Seville wamaze gushika mu gusagaca ca Dar es salam. Neza na neza uyo mugwi washitse ku kibuga c'indege ca Dar es salam ca Julius Kambarage Nyerere isaha indwi 7 z'ijoro…

adminby admin
May 22, 8:11 am
105
Entertainment

Akes Don yoba agiye guheba umuziki?

Inyuma y’ugukora indirimbo zitandukanye harimwo n'ama collabo atandukanye ubunaho ngo agiye kubarizwa mu bijanye no guhinyanyura indirimbo. Umuririmvyi Akes Don akaba asaba abasazwe bafise indirimbo zanditse bikwije…

adminby admin
May 22, 3:32 am
107
homepage

Yvan muziki yoba yafatanywe ibiyovyabwenge canke yafashwe kumvo z’amatohoza?

Haracarimwo igipfungu cinshi mu nkuru y'ifatwa rya Yvan Muziki mu gihugu ca Uganda, kuko hataratomoka neza ngo hamenyekane ibiyovyabwenge yafatanywe uko bingana. Ikiyovyabwenge co mu bwoko bwa Heroine kingana…

adminby admin
May 22, 12:54 am
107
  • Previous
  • 1
  • …
  • 387
  • 388
  • 389
  • 390
  • 391
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
207

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In