Umukunzi wa Kigingi Kigingi yaburiwe ngo akure umukobwa ubwiza bwiwe bwagereranijwe n'inzahabu mw'ibarabara, ngo amushire mu nzu. Mu gihe yariko yipfuriza isabukuru nziza umukunzi wiwe Marina, Kigingi yahavuye yibirwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo kuronka uburengenzira bwo kwitabira amahiganwa ya CAN 2019 agiye kubera muri Egiputa umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Peteto Nkurunziza yaraye ahaye agashirukabute umugwi w'intamba mu rugamba. Kuri!-->!-->!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ryo kuguranana no kuziganya "Kazoza Finance" ryatanguje kuri uno wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka w'2019 uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi baryo gutorera umuti ibibazo bafise na cane!-->!-->!-->…
OPP1 Petero Nkurikiye, umuvugizi w'ubushikiranganji bw'umutekano no gukinga ibiza Umukuru w’igiporisi muri komine Nyabihanga mu ntara ya Mwaro yaraye yitavye Imana co kimwe n’abasuma babiri bitwaje ibirwanisho bahitanwe!-->!-->!-->…
Kuri uno wa mbere Rusama wahariwe abakozi n’akazi, umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA yararonkeje ubushimwe bamwe mu bantu bakoze neza mu kiringo c’umwaka yongera ashimira zimwe mu ntara n’amakomine yaje mu!-->!-->!-->…
Ibihugu dusangira akarere ka CECAFA vyigeze kuza kurondera Saido Ntibazonkiza kugira aze abikinire mu migwi nserukira gihugu vyabo. Mu kiganiro Saido Ntibazonkiza yakoze n'umumenyeshamakuru wa Radio Rema FM Vivance!-->!-->!-->!-->!-->…
Mutoyi w'umuhisi Papy Faty ariwe Iddy Faty yavuze y'uko mukuru we azoshingurwa nk'umu Islam. Inyuma y'amajambo menshi aguma akwiragizwa henshi avuga y'uko hari ukutumvikana k'ukungene umuhisi Papy Faty!-->!-->!-->!-->!-->…
Barundi, Barundikazi, Bakozi, namwe Bakoresha; Igenekerezo rya mbere Rusama uko umwaka utashe, abakozi n’abakoresha, mu Burundi no mu bihugu vyinshi, twama twigina umusi mpuzamakungu w’abakozi n’akazi. Ni akaryo keza!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije mu mpera z'indwi iheze ku ndwi yaryo gira icumi. Uku niko imigwi yatsindanye Les jeunes Athletico yatsinzwe na Muzinga Fc ibitsindo 2 kuri 1Top Junior itsinda!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Malanti Chiefs Fc wari usanzwe ukinamwo nyakwigendera Papy Faty wemeye gutanga uburyo bwose kugira ikiziga ca Papy Faty kizozanwe mu Burundi ashinguranwe iteka. Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 29 Ndamukiza!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.