Uwusanzwe arongoye igisata co gutunganya inkino muri FFB Youssuf Mossi yashikirije ubutumwa abakunzi b'umupira w'amaguru mu Burundi inyuma y'aho harangiriye ihiganwa rya Primus league ry'uyu mwaka wa 2018-2019. Yagize!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules abandanya yitwara neza mu gihugu c'Urwanda. Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 28 Ndamukiza umwaka wa 2019 , niho umugwi As Muhanga!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva mu kwezi kwa Myandangaro umwaka w'2018, abantu baharurwa mu majana icenda nibo ngo bamaze guhitanwa n'ikiza ca Ebola mu buseruko bwa Repubirika iharanira Demokarasi ya kongo nk'uko bishikirizwa!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Amissi Cedric abandanya yitwara neza mu gihugu ca Arabie Saudite. Mu rukino rw'igikombe ca Kings Cup rwaraye ruhuje Al tawoon asanzwe akinamwo hamwe na Al Hilal rwarangiye Al tawoon!-->!-->!-->!-->!-->…
Gushika n'ubu Fiston Abdoulrazzaq ngo ntiyemera y'uko Papy Faty batakiri kumwe kuri ino si. Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq ngo akicumva amakuru y'urupfu rwa mugenzi wiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'imyaka ishika kuri 5 adashikiriza n'ikintu na kimwe ku bamenyeshamakuru kuvyerekeye ingorane ziwe n'uburongozi b'utwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB , Saido!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryahojeje umuryango wa Papy Faty. Mu nyandiko iryo shirahamwe ryaraye rishize ahabona ryanditse riti : "Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi ,!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Everlasting life choir urongowe na Jackson, umurundi aba muri Reta zunze ubumwe za Amerika neza na neza mu gisagara ca Phoenix muri Arizona, uriteguriye gushira kumugaragaro album yawo ya mbere bataziriyeHii Dunia. !-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=IYI-N8YH9GA
Ihiganwa rya Primus league rigiye kurangira . Izi nizo nkino z'indwi ya 30 ariyo ndwi yanyuma zigiye guhura Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza umwaka wa 2019 : Isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.