Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Mavugo Laudit abandanya yitwara neza mu gihugu ca Zambia Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi Napsa Star ukinamwo Mavugo Laudit wari!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikiziga c'umuhisi Papy Faty cabuze indege igishikana i Bujumbura Amakuru indundi Sports yakuye kuwusanzwe avukana na Papy Faty ariwe Iddy Faty aravuga y'uko ikiziga ca mukuru wiwe Papy Faty caraye gishitse mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'Intamba mu rugamba aguma agira ibihe vyiza mu gihugu ca Kenya kuva aho ashikiye mu mugwi Sofapaka Fc. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , umunyegori w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurundi asanzwe aba mu gihugu c'Ubwongereza Ndayishimiye Shebby Warren abandanya gufata mu mugongo urwaruka rw'i Gitega abicishije mu nkino. Ku musi wa kane igenenerezo rya 02 Rusama umwaka wa 2019, mu ntara ya Gitega!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikiziga c'umuhisi Papy Faty umukinyi w'intamba mu rugamba ngo mu misi ya vuba bagiye kugishikana i Bujumbura. Nk'uko vyashikirijwe n'uwo basanze bavukana igihe yariko aganira n'indudni Sports Iddy Faty!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bigeme ryabandanije kundwi yaryo igira 5. Kuri uyu wa gatadandatu igenekerezo rya 05 Rusama umwaka wa 2019 . I Ngozi isaha zine zo mu gatondo 10h FOFILA PF yakinye na Christ RoiI!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Al Taawoun ukinamwi Cédric Amissi waraye utahukanye igikombe ca Kings Cup. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka w'2019 niho umugwi Al Taawoun ukinamwo cédric Amissi wakinye urikino rwa nyuma!-->!-->!-->!-->!-->…
Fortran Bigiriana yavugiye vyinshi bijanye n’urukurikirane c’est ma Saison ku nsamirizi yo mu gihugu c’Ubufaransa, ariko anagaruka cane ku mashusho y’indirimbo zarwo. Igituma yashimye ubutumwa c’est ma saison mu!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe hari induru igize imisi hagati ya Diamond na Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari, haguma hubuka amakuru amwe amwe mu bijanye n’umubano babanyemwo. Ikiganiro Diamond yariko aratanga ku nsamirizi Wasafi Fm, mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Christiano naho ataco arabivugako, abantu bamaze kwemeza ko imodoka nshasha ya Bugatti, iharurwa nk'iyizimvye kw'isi, yaguzwe na Christiano. Imodoka ya mbere ishobora kuba izimvye kw'isi ngo yoba yaguzwe na!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.