Vuba cane ngo niho Kidum yamenya aho afise inkomezi mu muziki, aho akaba ariho ngo yaciye afatira kugira ngo bikunde abandanye yiyegereza abakunzi b'ibikorwa vyiwe. Inguvu Kidum afise mu muziki ngo yazibonye haraheze!-->!-->!-->!-->!-->…
Hussein Shaban Tchabalala yaraye yigaragaje y'uko ari umwe mu bakinyi bakomeye mu gihugu ca Ethiopian . Kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 20 Ndamukiza umwaka wa 2019 umugwi Ethiopian Coffe Sc waramutse!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'igihe kitari gito Apôtre Appolinaire ataboneka mu masanamu y'indirimbo n'imwe, haraheze imisi 3 hariko harakwiragizwa hirya no hino amashusho y'imwe mu ndirimbo aboneka ariko aririmbamwo. Iyo ndirimbo ikaba!-->!-->!-->!-->!-->…
Nta bucuti bugiye kuhaba mpaka urukino ruhere hagati y'abagenzi babiri b'abarundi aribo Jules Ulimwengu umukinyi w'intamba mu rugamba akongera agakinira Rayon Sports hamwe na Assuman Macalister umu!-->!-->!-->…
Inyuma yo gukorana n'umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania azwi kw'izina rya Country Boy mundirimbo bise WOZA WOMBONA; NI Kingorongoro hamaze igihe kitari kinini havugwa ko atakiri kumwe na Management yiwe izwi!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yatowe nk'umukinyi Wa Ethiopian Coffée Sc yaranze ukwezi kwa Ntwarante . Kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 17 Ndamukiza umwaka wa 2019 , niho!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikibuga mpuzamakungu c'Urukundo gisanzwe kiri mu Ntara ya Ngozi ku musozi wa buye muri komine ya mwumba caraye kiguriwe n'imvura ivanze n'umuyaga. Hari kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 16 Ndamukiza isaha!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurundi Pacifique Ndabihawenimana yashoboye gutorwa na CAF nk'umuhagarikizi umwe wenyene w'umurundi azohagarira inkino z'igikombe ca afurika CAN 2019 kigiye kubera mu gihugu ca Agiputa . Pacifque agaragara Ku rutonde!-->!-->!-->!-->!-->…
Ibihano igihugu ca Tanzaniya cari kimaze imisi carafatiwe n'ibanki y'isi yose vyahagaritswe. Inyuma y'aho umukuru w'igihugu ca Tanzaniya Perezida John Pombe Magufuli afatiye ingingo y'uko ata munyeshure!-->!-->!-->!-->!-->…
Igurishwa rya Neymar ngo ryabaye ngirakamaro kuri Fc Barcelona gusumba PSG yamuguze nk'uko bishikirizwa n'umukuru wa PSG, Josep Maria Bartomeu. Ivyo akaba abivuga kubera ngo imiriyoni 222 z'amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.