Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 400

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
homepage

Morinho araburira Juventus na Barcelona ko bishobora kubahindukana

Mu gihe uno musi hari inkino 2 zo gusubiriza za Champion league, aho umurwi wa Juventus uza guhura na Ajax, nayo Barcelona igahura na Man United, izo nkino ntizibonwako rumwe. Morinho abona ko imirwi ya Juventus na…

adminby admin
Apr 16, 10:37 am
104
Entertainment

Dj Paulin yavuze kwibura rya B face, hakaboneka Mb Data mu giteramo

Havyutse ikibazo c'uko Mb Data yatumiwe mu giteramo ca Sheebah kiriko gitegurwa na Dj Paulin, ariko B Face ntiyabasha gutumirwa, kandi bafitanye indirimbo nshasha bakoranye, banarikumwe na Dj Paulin ari nawe ariko…

adminby admin
Apr 16, 9:58 am
114
Entertainment

Rockstar, akaririmbo kahuriyemwo Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed

Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed bashize ahabona akaririmbo gashasha bise Rockstar, ari naryo zina rya Label yabo. Inyuma y'uturirimbo nka Ni Wewe yasohoye ashima Imana kuba akiri muzima, inyuma y'igihe yaramaze…

adminby admin
Apr 16, 9:29 am
106
Burundi

Icegeranyo : Icaha co gufata kunguvu abigeme n’abapfasoni nico caje kw’isonga

Ubushikiranganji bw’umutekano bumenyesha ko bugiye gushira inguvu nyinshi mu kurwanya ivyaha vy’ugufata abigeme n’abakenyezi ku nguvu. Umushikiranganji w’umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni avuga ko muri…

adminby admin
Apr 16, 8:43 am
105
homepage

Justin Ndikumana yatowe nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa Ntwarante

Umunyegori w'intamba mu rugamba hamwe n'umugwi Sofa Paka Fc Justin Ndikumana abandanya yigenza neza mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa kabiri w'igenekerezo rya 16 Ndamukiza umwaka wa 2019, ishirahamwe Sport pesa…

adminby admin
Apr 16, 8:00 am
105
homepage

Benjamin Bikorimana ngo niwe akirongoye Vital’o Fc

Uwutwara umugwi Vital'o Fc biciye mu mategeko Benjamin Bikorimana ngo niwe akirongoye uyo mugwi gushika n'ubu. Hari kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 15 Ndamukiza , mu kiganiro c'inkino citwa Morning…

adminby admin
Apr 16, 7:51 am
104
Entertainment

Ngo bagiye gukora indirimbo ihayagiza Intamba mu Rugamba

Aho aheruka gukora indirimbo ihayagiza umurwi w'Intamba mu Rugamba yise Nani Atakatala, Mr Champagne yemeza ko icabimuteye ari urukundo akunda igihugu ciwe hamwe n'umurwi nserukiragihugu Intamba Murugamba Ni Mr…

adminby admin
Apr 16, 6:57 am
104
Entertainment

Masterland ngo Sugar niko kazina yakunze

Sugar niryo zina ry'ururirimbo umuririmvyi Masterland agiye gusohora inyuma y'indirimbo Nzobikora yari imaze igihe kitarigito isohotse. Masterland agiye gusohora indirimbo yambere muzisazwe ziri mu rukurikirane…

adminby admin
Apr 16, 12:14 am
104
Entertainment

Boba Bazobandanya gukorana ko nka bose bahereye mu mahanga?

Inyuma y'igihe gito cane uyundi arakurikiye umuntu akibaza ko atoba ari intango yo kuzimanganya umugwi wabo kuko abari bawugize bariko baragenda kamwe kamwe. Abo si abandi ni Swagg team isigayemwo imparugwa aho ubona ko…

adminby admin
Apr 15, 3:03 pm
104
homepage

Djamal Seif niwe yasubiriye Benjamin mu gutwara Vital’o Fc

Uwahoze atwara umugwi Vital'o Fc mu myaka itandatu iheze niwe yasubiye gutorwa kugira asubirire uwahora atwara uyo mugwi biciye mu mategeko Bikorimana Benjamin. Kuri uyu w'imana waraye uheze igenekerezo rya 14…

adminby admin
Apr 15, 2:39 pm
104
  • Previous
  • 1
  • …
  • 398
  • 399
  • 400
  • 401
  • 402
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In