Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uri mw'itsinda rimwe na Nigeria . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Ndamukiza umwaka wa 2019 mu gisagra ca Misiri Egiputa niho hatorwa ukuntu imigwi izohura mu nkino za!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwahoze ari umunyegori wa Aigle Noir Patient Ndikuriyo yaguzwe muri Kenya. umunyegori yahoze asamira umugwi Aigle Noir Ndikuriyo Patient kuri uyu wa gatatu uheze igenekerezo rya 10 Ndamukiza umwaka wa 2019 niho yashira!-->!-->!-->!-->!-->…
Caleb Bimenyimana agiye gukina i Buraya mu mugwi Riga Fc uri mu cicaro ca mbere muri Lettonie. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza umwaka wa 2019, niho umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Ndikumana Justin abandanya yitwara neza mw'ihiganwa ryo muri Kenya. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 10 Ndamukiza umwaka wa 2019 ku kibuga ca Machakos, umugwi Sofa Paka wari wakiriye!-->!-->!-->!-->!-->…
Manchester united ishobora gusezerera Fc Barcelona iwabo. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 10 niho umugwi Manchester United wakira Fc Barcelona mu rukino rwo gutangura, urwo rukino rukaba rwaraye rurangiye!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugutuka umuhagariki kwatumye Dieugo Costa ahanwa bimwe bikomeye. Mugihe umugwi Athletico Madrid wariko uhura n'umugwi Fc Barcelona mu rukino rwa Laliga mundwi iheze aho Fc Barcelona yatsinze Athletico Madrid!-->!-->!-->!-->!-->…
Ni inyuma yo kuba ari mugacerere kadasanzwe aho vyamenyekanye ko habayemwo n'ikibazo co gukikwa n'amagara. Uwo s'uwundi ni Miss Erica aho ngo abwirizwa gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha kaje gakurikira!-->!-->!-->!-->!-->…
Magic kingorongoro yahora mu buyobozi bwa Trust No Body irongowe na Wanda Boy Z hero ubu ntakiri musi y’ubwo buyobozi. Umuririmvyi Magic Kingorongoro ubu ntakibarizwa mubuyubozi bwa Trust No Body nk’uko abishikiriza ubu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza wa Manchester United Ole Gunnar afise icizere c'abakinyi biwe y'uko baza kuzibira Messi mu rukino rw'uno musi rwa UEFA Champions League . Aganira n'abanditsi hamwe n'abamenyesha makuru ku mugoroba!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo kwemeza ko bagomba gusohora ibikorwa vy'abana ba Empire Avenue bashize ahabona uwugomba gukurikira inyuma ya Nkuyakuya ya Best Life Music Sabo ya Belle9ce niyo igomba kuja ahabona kur'uyu wa gatanu!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.